Iam Loïkon

Iam Loïkon IAM LOÏKON – More than a name, it’s a movement. A bold content creator from Burundi🇧🇮 live in Abu Dhabi 🇦🇪, LOÏKON is a rising voice for African youth.
(5)

Booking: [email protected] add me and follow me this is my OFFICIALPAGE

KURYA KUNTU INDEGE 🛫 IMANUKA SINABIKUNZE vyotuma uvomisa nkomumodoka🚍
17/12/2025

KURYA KUNTU INDEGE 🛫 IMANUKA SINABIKUNZE vyotuma uvomisa nkomumodoka🚍

15/12/2025

Aka kaduga NDAGAHANDE....ndakabonye ngaha

NTAKURE IMANA ITOGUSHIKANA ...🛫 iyi kwirikira izitware wewe mwizina rya Yesu 🙏
13/12/2025

NTAKURE IMANA ITOGUSHIKANA ...🛫 iyi kwirikira izitware wewe mwizina rya Yesu 🙏

10/12/2025

UMURUNDI 🇦🇪 muri Match ya Cristiano Ronaldo uramubaza iki 🥱🥱 AHA NABARI IBURAYA ntibashikigwa

09/12/2025

Cristiano Ronaldo ndamufashe aka video nipoweye ngaha Alwadha Mall 🇦🇪🇦🇪 ukaza wumva ngabarundi bose bakora ikiyede🤣🤣 HAMA UKABONA IVYAMAMARE uri kwi shantiye🤣

Hariho abantu muriho kugira ngo mutange kuko muri IsōkóMwahawe ukuboko ko gutanga, ntanico mukwiye kurindira au retour.A...
09/12/2025

Hariho abantu muriho kugira ngo mutange kuko muri Isōkó

Mwahawe ukuboko ko gutanga, ntanico mukwiye kurindira au retour.

Ariko kubera muri isõkó ntimuzokwigera mukama.

Uko muzogira ivyo mutanga, niko muzokwamana ivyo gutanga.

05/12/2025

Telephone yawe ntuyigire ikigigwa Mana 🌙
04/12/2025

Telephone yawe ntuyigire ikigigwa Mana 🌙

30/11/2025

IYO WARONGOYE UVYIYUMVAMWO 🤣🤣

26/11/2025

WAMBABARIYE🥱

ROTA BININI 🇦🇪 ariko NTUSUZUGURE AMATANGURIRO YAWE MATO 🇧🇮
26/11/2025

ROTA BININI 🇦🇪 ariko NTUSUZUGURE AMATANGURIRO YAWE MATO 🇧🇮

22/11/2025

VYUKA IZUBA ryamaze kurasa...

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iam Loïkon posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Iam Loïkon:

Share