25/08/2026
😁😄😄🎹🎼🎼Reka nitwengere hama nirenganire🙊
Uno musore AKIM nubwo vyarangiye atewe indobo ntiyabuze vyose,
Ku ndirimbo yasohoye yise aririmbira umukunzi wiwe bari bakundanye, nubwo yamuhevye ariko iyo ndirimbo yamwusuye😄
Ubu tuvugana yakwije ama veus arenga 1M mu mezi a biri gusa💪💪
Nturengane utagize suivre canke follow kuri ino page yacu 🙏 🙏