VITUM Company BDI

VITUM Company BDI Burundian well-organised company in movies/film industry.

Fighting for what’s yours, it’s not a crime.
09/03/2025

Fighting for what’s yours, it’s not a crime.

https://youtu.be/ccy7CbpUjUE?si=mzTXGDYOeHgFNBesReka mfate Kano kanya nshimire team yanje yose ya VITUM Company BDI ku m...
06/12/2023

https://youtu.be/ccy7CbpUjUE?si=mzTXGDYOeHgFNBes
Reka mfate Kano kanya nshimire team yanje yose ya VITUM Company BDI ku murimo mwiza twaraye dukoze mu kuja gufata ku mugongo impfuvyi zirerewe mwi rerero ry’i NGOZI ryitwa Orphelinat “UMUSAMARIYA W’IMBABAZI” Rirongowe na Pasteur Denise Nkurunziza “MAMA BUNTU”
Ndishimiye cane Umugisha Naraye Mpawe na Mama Buntu nkaba nawakiranye Umutima wuzuye urukundo rwinshi cane.
Ndangije mpimirije yuko uyo wese Yoba afise uwo mutima wo gufasha, ni Vyiza ko uja kubikora Kuko GUTANGA KUZANA UMUGISHA.

Link ya video yose y’ukuntu vyagenze iri aho hejuru genda urorere, wibuke kugira share usangize abandi babone umunezero imana yaraye Iduhaye.

MURAKOZE 🙏

14/11/2023
 ❤️❤️❤️🥰🥰🥰
17/10/2023

❤️❤️❤️🥰🥰🥰

 Boss
30/09/2023

Boss

Merci Beaucoup
26/09/2023

Merci Beaucoup

Ya Films yaba Kireko naba Munyare bavuga icongereza yahagaristwe ni reresi hari hamaze inzigo yabantu bamwe bamwe batipfuza iterambere ryabandi...

Very Soon Guys   ❤️🇧🇮❤️
31/07/2023

Very Soon Guys ❤️🇧🇮❤️

My Favourite Scene in   ❤️❤️❤️
23/07/2023

My Favourite Scene in ❤️❤️❤️

22/07/2023

https://youtu.be/4jzOtNZWluI
ICONZI NEZA ABARUNDI TURASHOBOYE AKAZI KO GUKINA AMARERESI.
Vuba ino reresi yacu izobashikira kuri YouTube, ca kuri yo link ube uragira subscribe kuri channel yacu. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Address

Hamilton Hill, WA

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when VITUM Company BDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to VITUM Company BDI:

Share