19/04/2026
Coupe du Président
FT: Vital'o 4-0 Kayanza United ( Aggr: 5-0)
Vital'o ironse itike ya 1/2 gishira icanyuma mugikombe citiriwe umukuru w'igihugu ikazoca ikina na Aigle Noir nayo yabandanije itsinze Bs Dynamique
FT: Aigle Noir 1-0 Bs Dynamique ( agg: 2-1)
FT: Ngozi City 4-0 Muzinga FC
(Agg: 4-3)
Ngozi city ikoze ibitangaza mukugombora ibitsindo 3 vyose yariyatsinzwe murukino rwambere na Muzinga itako iranasezerera uwomugwi
Ngozi city yaronse itike ya 1/2 gishira icanyuma ikazoca ikina n'umugwi uzobandanya hagati ya Rukinzo na Rocky city