DLM +61

DLM +61 TV / RADIO | YOUTUBE, TWITTER , INSTAGRAM
UTAPATA HABARI ZOTE KUPITIA (DLM+61) [MICHEZO,BURUDANI, NA BINGINEVYO]✌🔥

 : ikiganiro kidasanzwe kiriko kiraremeshwa n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye. Kiriko kibera kuri Sta...
26/12/2025

: ikiganiro kidasanzwe kiriko kiraremeshwa n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye. Kiriko kibera kuri Stade Royal ya , mu ntara ya . Araja kwishura ibibazo bitari bike vy'abanyagihugu.

25/12/2025

: Kuri uwu wa gatanu, ku kibuga c'i mu ntara ya , umukuru w'igihugu c'Uburundi azokoremesha ikiyago ku benegihugu. Bazobaza ibibazo bitandukanye banaronke inyishu.

DLM+61, izobashikiriza ikibiriraho ico kiganiro, ku mbuga zayo zose (Facebook na Youtube )

Murahawe ikaze kuva igihe c'isaha zi tatu

24/12/2025

BULLETIN METEOROLOGIQUE DU 25. 12. 2025 (BURUNDI)

24/12/2025

Ingurube zabazwe i Buruhukiro muguhimbaza Noweri . Aha ni muri imwe mu mazone agize Komine RUMONGE , Intara ya BURUNGA
+61

23/12/2025

Noweri si Ukurya Gusa

23/12/2025

IMPUNZI INDWI ZABANYE KONGO ZIRAMAZE GUPFA MU RUMONGE

 : intwaro yafashe ingingo zihuta zo kwimura zimwe mu mpunziAbantu cumi mu mpunzi z'Abanyekongo  baramaze gufatwa n'ikiz...
22/12/2025

: intwaro yafashe ingingo zihuta zo kwimura zimwe mu mpunzi

Abantu cumi mu mpunzi z'Abanyekongo baramaze gufatwa n'ikiza ca korera. Indwi na bo baramaze gupfa bishwe n'inzara. Ivyo bitigiri bitangwa n'intwaro muri komine Rumonge, intara ya .

Augustin Minani, arongoye komine Rumonge, avuga ko iyo komine imaze kwakira impunzi zirenga 25 000.

Ubwo bwishi bw'impunzi butuma harwirirana indwara, ibibanza vyose bikaba vyarengewe.

Mu nama yabaye kuri uwu wa mbere, hafashwe ingingo yihuta ko hagiye gushirwaho konte yo gushirako uburyo bw'intererano, gutyo abashika 10 000 bimurwe.

Ama kwasiteri 200, ifuso 80 ni zo zikenewe kugira ngo ico gikorwa gishoboke. Bamwe batanguye guterera, abandi ba nya Rumonge, ababa kure na hafi, basabwa guterera.

+61

20/12/2025

: Amakuru y'ikirere yo kuri uwu w'Imana, igenekerezo rya 21 kigarama 2025

uko Vyifashe mu RUMONGE
19/12/2025

uko Vyifashe mu RUMONGE

Address

Sydney, NSW
SYDNEY

Telephone

+61470507206

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when DLM +61 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to DLM +61:

Share