MBTv257

MBTv257 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MBTv257, TV Channel, kalibarirmor, T.A road, Brahmanbaria.

EAST AFRICAN TV ON LINE
MBTv257 documentaire - promotion & music - marketing ; management; Booking Now anyTime open call number ; +257 65232206, +257 66503139

WELCOME EVERYONE ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ

11/07/2025
INSIGURO YARINOSANAMU NIโœ๏ธAho nimugihugu รงa QATAR Aho umwami wa QATAR yatumako aba PRESDENT babiri umwe ni KAGAME Uwundi...
19/03/2025

INSIGURO YARINOSANAMU NIโœ๏ธ

Aho nimugihugu รงa QATAR Aho umwami wa QATAR yatumako aba PRESDENT babiri umwe ni KAGAME Uwundi ni CHISEKEDI

Ikiyago cari gifatiye kukwumvikanisha ivyobihugu bibiri cane cane kukintu CHISEKEDI Yakoze cokwugara ikirere Aho INDEGE RWANDA AIR Yaca muri congo iyondege nayo ikaba irimwo imitahe myinshi ya QATAR Aho banaguriye KAGAME Kimwe cakane curwanda aho baharimira basehera mugihugu cabo

Mukaba muzi neza ko QATAR Ari Dร‰SERT (UBUTAYU ) ivyo bigatuma bagiriranira imigenderanire Myiza na Reta yโ€™URWANDA Arinayompamvu bateguye iyonama kugira Bikunde CONGO Yugurure ikirere kuko bariko barahomba cane vyonatuma QATAR Ihagarika amasezerano nโ€™URWANDA Kuko vyose ivyo vyatewe nurwanda โœŠ

Ico Gisabo URWANDA Rwasabwe gukura Ingabo zarwo zose ziri Muri CONGO ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ Kandi kagame aravyemera Ariko rero bikazoca bimutera ikindi kibazo gikomeye cane kubamutumye iyo mission

Abamutumye ivyo nibande??๐Ÿค”

MUKANYAโœ๏ธ

๐Ÿ”ด๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ" Remix ya Bellissima na Eddy kenzo ngo ni urukato "๐Ÿ”ป Abakunzi b'umuziki bari biteguriye cane iyo remix bibazako iz...
09/01/2025

๐Ÿ”ด๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ" Remix ya Bellissima na Eddy kenzo ngo ni urukato "

๐Ÿ”ป Abakunzi b'umuziki bari biteguriye cane iyo remix bibazako izoza iri hit kurusha, ariko benshi Bayisanzemwo Promo Irenze Ya EddyKenzo kuza Mu burundi๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ

Mbe Dj Fernando boba baramuhaye amafranga angana gute kugira yemere bonone indirimbo iryoshe cane nka Bellissima?

iyi Ndirimbo irimwo Ubudandaji Bukomeye

NTITWABIBAGIYE MUKURANGIZA UMWAKA TWASHATSE KUBIPFURIZA UMUNSI MUKURU MWIZA NUMWAKA MUSHASH MBTv257
24/12/2024

NTITWABIBAGIYE MUKURANGIZA UMWAKA TWASHATSE KUBIPFURIZA UMUNSI MUKURU MWIZA NUMWAKA MUSHASH

MBTv257

HBD NINI ERICA
18/12/2024

HBD NINI ERICA

WAKENYA HII MUMEIONA NYIE ATA MICHUANO YA HAPO KWENU FINAL HUYO W***y Paul msafi HAJAWAHI PATA NAFASI YA KU PERFOME NJO ...
16/12/2024

WAKENYA HII MUMEIONA NYIE ATA MICHUANO YA HAPO KWENU FINAL HUYO W***y Paul msafi HAJAWAHI PATA NAFASI YA KU PERFOME NJO ASHINDANE NA Diamond Platnumz ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

YANAUMA KWL....๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜”
13/11/2024

YANAUMA KWL....๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜”

NI WEW TU ๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
13/11/2024

NI WEW TU ๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

HAPPY BIRTHDAY ODRA BDICOCO NASLI
12/11/2024

HAPPY BIRTHDAY ODRA BDI
COCO NASLI

NGUMU SAANA .....๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
10/11/2024

NGUMU SAANA .....๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

SIMTAKI KBS๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜ฅ
10/11/2024

SIMTAKI KBS๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜ฅ๐Ÿ˜ฅ

Address

Kalibarirmor, T.A Road
Brahmanbaria
3400

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MBTv257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category