19/12/2025
?? : Abenegihugu 350 bo ku mutumba , baronkejwe imivyaro y'amavoka yo mu bwoko bwa ruhere n'ishirahamwe ( ).
🖊️Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Kigarama 2025, ishirahamwe ryihaye ihangiro ryo gukingira ibidukikije biciye mu kuronsa abenegihugu ibiterwa bikingira ibidukikije ,riherekejwe n'umufatanya bikorwa waryo ishirahamwe , hamwe n'icegera ca mbere c'umukuru w'inama Nkenguzamateka ,ryashikirije abanegihugu, imivyaro y'amavoka y'ubwoko bwa n'imbuto z'ubwatsi bukingira ibidukikije nkuko ryari ryarabibasezeraniye.
📍Mw'ijambo ry'ikaze ryashikirijwe na Musitanteri wa komine , Frédéric MANIRAKIZA,yamenyesheje ko abenegihugu bo muri iyo komine bari ku kivi bakora ibikorwa vy'iterambere,kandi ko bipfuza ko iyo komine iba ikigega c'igihugu na rirya iyo komine isanzwe ifata iya mbere mu kwimbura igiterwa c'ibiraya.
Nubwo biruko,ngo barafise ikibazo c'amabarabara ataborohereza mu gushora ivyo bimbuye,aho yagiriyeko asaba icegera ca mbere c'umukuru w'inama Nkenguzamateka, kuzobashigikira kugira ayo mabarabara akorwe.
Uwaserukiye ishirahamwe ,ari naryo ryafashe mu mugongo muri uwo mugambi,akaba yakengurutse ko basanze ivyo bashikirije mu mugambi wabo bariko barabirangura ku bw'iterambere ry'abenegihugu, acarakeza ishirahamwe , aranarishimira ko rikorana n'indongozi ngo kuko ataterambere ryoshoboka indongozi zitabishizemwo uruhara.
📌Nayo icegera ca mbere c'umukuru w'inama Nkenguzamateka , yabahamagariye kwijukira ico giterwa c'ivoka ryo mu bwoko bwa , ngo kuko ari igiterwa coroshe gukurikirana, kandi kikazana umwimbu w'agaciro ataburyo bwinshi gisavye.Acarakengurukira ishirahamwe ku mugambi mwiza ririko rirarangura ku nyungu z'abenegihugu.
🎤Nayo , aserukira ishirahamwe ,yamenyesheje ko uyu munsi bari baramutse bashikiriza abo benegihugu imbuto z'amavoka yo ku bwoko bwa ndetse n'imbuto z'ivyatsi bikingira ibidukikije, bikongereza isi akanovera arivyo na mu ntumbero yo gushigikira abenegihugu ngo bave mu bukene.
👏Acarashimira ishirahamwe ryo ryatumye bashika kundoto zabo zo guteza imbere abenegihugu biciye mu kubarosa ivyo biterwa ku buntu,acamenyesha ko badakorera muri komine gusa ,ahubwo ko bakorera mu gihugu cose.
🩸Rupereza akaba kandi yakengurukiye indongozi za komine RWIBAGA zo zidahengeshanya kubashigikira mu kubashikana ku benegihugu bipfuza gufasha,acabamenyesha ko inguvu n'ubwenge bafise bazobandanya kubikoresha kugirango abo benegihugu bashike kw'iterambere.
Rupereza akaba yakeje kandi abafashe iyambere mu kwijukira ivyo biterwa,acabasaba kuzobibungabunga.
Mu gihe babironkejwe ku buntu,yabasavye kuzobirosa n'abandi ku buntu kugira ntihagire umwenegihugu numwe 🟢 : Abenegihugu 350 bo ku mutumba , baronkejwe imivyaro y'amavoka yo mu bwoko bwa ruhere n'ishirahamwe ( ).
🖊️Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Kigarama 2025, ishirahamwe ryihaye ihangiro ryo gukingira ibidukikije biciye mu kuronsa abenegihugu ibiterwa bikingira ibidukikije ,riherekejwe n'umufatanya bikorwa waryo ishirahamwe , hamwe n'icegera ca mbere c'umukuru w'inama Nkenguzamateka ,ryashikirije abanegihugu, imivyaro y'amavoka y'ubwoko bwa n'imbuto z'ubwatsi bukingira ibidukikije nkuko ryari ryarabibasezeraniye.
📍Mw'ijambo ry'ikaze ryashikirijwe na Musitanteri wa komine , Frédéric MANIRAKIZA,yamenyesheje ko abenegihugu bo muri iyo komine bari ku kivi bakora ibikorwa vy'iterambere,kandi ko bipfuza ko iyo komine iba ikigega c'igihugu na rirya iyo komine isanzwe ifata iya mbere mu kwimbura igiterwa c'ibiraya.
Nubwo biruko,ngo barafise ikibazo c'amabarabara ataborohereza mu gushora ivyo bimbuye,aho yagiriyeko asaba icegera ca mbere c'umukuru w'inama Nkenguzamateka, kuzobashigikira kugira ayo mabarabara akorwe.
Uwaserukiye ishirahamwe ,ari naryo ryafashe mu mugongo muri uwo mugambi,akaba yakengurutse ko basanze ivyo bashikirije mu mugambi wabo bariko barabirangura ku bw'iterambere ry'abenegihugu, acarakeza ishirahamwe , aranarishimira ko rikorana n'indongozi ngo kuko ataterambere ryoshoboka indongozi zitabishizemwo uruhara.
📌Nayo icegera ca mbere c'umukuru w'inama Nkenguzamateka , yabahamagariye kwijukira ico giterwa c'ivoka ryo mu bwoko bwa , ngo kuko ari igiterwa coroshe gukurikirana, kandi kikazana umwimbu w'agaciro ataburyo bwinshi gisavye.Acarakengurukira ishirahamwe ku mugambi mwiza ririko rirarangura ku nyungu z'abenegihugu.
🎤Nayo , aserukira ishirahamwe ,yamenyesheje ko inyuma mw'iterambere babipfuriza.