Bugenyuzi News

Bugenyuzi News Ntutinye kuyagira abandi ivyiza vy'iwacu, urubuga BUGENYUZI NEWS rwaje k'ubwanyu.
(1)

Ufise ico ubaza, wotwandikira kuri E-mail yacu ariyo : 👉👉[email protected]

  ⚽⚽⚽ Ejo kuwamungu, kukibuga c'umupira w'amaguru i bugenyuzi, umugwi wa Mamba Vert fc uzokwakira umugwi wa YOUNG BOYS U...
05/09/2026

⚽⚽⚽ Ejo kuwamungu, kukibuga c'umupira w'amaguru i bugenyuzi, umugwi wa Mamba Vert fc uzokwakira umugwi wa YOUNG BOYS UNITED w'i bugendana.

Amakuru tumaze kuronka n'uko uno mugwi witeguriye urwo rukino bihagije kugira ngo uzotsinde MAMBA VERT yacu.

K'urundi ruhande Mamba vert FC, Yararahiye irarengwa ko itazokwemera gutsindirwa imbere y'abakunzi bayo, no kukibuga cayo.

Kwinjira azoba ari amafaranga igihumbi kimw(1000Fbu), hamwe n'ibihumbi bibiri muri VIP (2000Fbu).

KAZE MWESE DUSHIGIKIRE UMUGWI WACU, TWONGERA TUNEZERWA CANE.

Bugenyuzi News DUKUNDE IVY'IWACU

Ducire umugani uhuye n'iyi foto
03/09/2026

Ducire umugani uhuye n'iyi foto

  : Abenegihugu baba muri zone n'umutumba wa bugenyuzi, barahamagariwe twitaba Inama ya Chef de Zone, Musitanteri wa KAR...
02/09/2026

: Abenegihugu baba muri zone n'umutumba wa bugenyuzi, barahamagariwe twitaba Inama ya Chef de Zone, Musitanteri wa KARUSI n'abakorera mugisata ca OBH, ejo kuwakane.(le 03/09/2026).

Ivyo bibaye inyuma y'aho Bapimiye amabarabara bamwe n'abandi bakidoga ko babatwaye imetero nyinshi.

Thomas itangishaka arongoye Zone bugenyuzi abahamagarira kwitabirira lnama lzoba kumusi wejo igenekerezo rya 03/09 /2026 muri grande salle ya zone abahamagariwe lnama n' abenegihugu Bose bari kubutaka bwa colline Bugenyuzi, abahaba hamwe n'abahavuka cokimwe nabahafise amatongo canke Parcelle.

Abandanya avuga ko.lnama izotangura 8h30min, kandi ko izoba yatew iteka na Musitanteri wa commune KARUSI, abajejwe urbanisme (OBH) muri commune hamwe no muntara murahawe ikaze mwese Murakoze

M.N : Abafise amakenga canke reclamation kubijanye n'amabarabara murahawe ikaze .

Bugenyuzi News DUKUNDE IVY'IWACU.

Ninde ukunda cane kurusha abandi???
01/09/2026

Ninde ukunda cane kurusha abandi???

31/08/2026

I NYARUGUNDA : Ninde yotubwira aho haherereye?

30/08/2026

Abazoza gutegura ingoro y'Imana, n'abigeme b'inyagahahe 😂
Barya bigeme barakunda ibikorwa

29/08/2026

28/08/2026

Tubwire ikintu kimwe kikuza mumutwe iyo wumvise bavuze ijambo KARUSI
😂😂😂

Kera bahita BUGENYUZI YA KABIRI ✍️✍️ Ukaba warahaciye nturengane utagize ico uvuze.N'uwuhe mwigisha yakunezera mubakwigi...
27/08/2026

Kera bahita BUGENYUZI YA KABIRI ✍️✍️ Ukaba warahaciye nturengane utagize ico uvuze.

N'uwuhe mwigisha yakunezera mubakwigisha bose??? Tubwire

Bugenyuzi News DUKUNDE IVY'IWACU

Kuber'iki Abakobwa n'abahungu b'ubu batagishaka kugira Mariage ngo bashinge izabo???Uyu munsi tugiye kuyaga gato kuri ki...
26/08/2026

Kuber'iki Abakobwa n'abahungu b'ubu batagishaka kugira Mariage ngo bashinge izabo???

Uyu munsi tugiye kuyaga gato kuri kino kintu, aho benshi bidogera urwaruka ko rutagihurumbira gushinga izabo, nk'uko vyari biri muminsi ya kera aho wasanga ata muntu akwiza imyaka 25 atararongora canke ngo arongorwe.

Ubushakashatsi bwakozwe n'ikinyamakuru co mugihugu ca Indonésie, bwerekanye ko Ubu imyaka moyenne yo kurongora muri Africa ari 35 n'ukuvuga hagati ya 25 na 60 ans.

Bamwe mubo twaganiriye ngaha iwacu bavuga ko biva kumvo nyinshi cane harimwo :

1. Gukora imibonano mpuzabitsina bakiri bato bigatuma batagihurumbira urugo.

2. Ubukene butuma batinya kwiyegereza abafasha.

3. Ikirori canke ubusuma : yandika commentaire k'urubuga rwa hano iwacu yavuze ati : "Erega harigihe ugenda ugasanga wararuguyemwo nyn rero ucutangura kwicuza bitagikunda gsa mugihe murugo habaye kwumvikana no gufashanya emwe ntakiryoshe nko kwubaka pe! Abatabishaka abaribisuma bashaka kuguma barya utwabandi🤣🤣dukomeza kwumigwa🤦"

4. Uwundi ati : "Abantu Benshi bagwaye ibikomere bitarakira ku buryo bumva abantu Bose bokwifata nkuko bifata Kandi batakomeretse kumwe.
Imana itugirire Ubuntu bwinshi"

5. Uno nawe ati "Haruwambwiye ngo gahunda nikuvyara akana kamwe hanze hama ubuzima bubandanye😅😅😅😅"

6. ...Uwundi yavuze ngo bararura(abisi)

Mbega vy'ukuri izo mpamvu n'ubwo bushakashatsi mubona ari vyo?? wewe wibaza ko ari kuber'iki batarongora canke ngo barongorwe?? Tubwire

Bugenyuzi News DUKUNDE IVYIWACU

Rachly Nish

Benoit Habogorimana

PayVista

ViVi Nimbeshaho

Floribert Williams

Address

Bugenyuzi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bugenyuzi News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bugenyuzi News:

Shortcuts

Share