25/09/2025
Lumitel Burundi
😭iyizone iherere mumirango ya 2 abahaba dukomeje kwidoga kubwa connexion mbi turiko turahabwa numuhora wa lumitel kuko mumisi yahera vyarivyifashe neza arikubu uragura mega kugeza yaho usanga ufisemwo nka 10G uguma ugura ugura ukabura connexion yokuyakoresha ukamenga ntamega ufisemwo twobasaba kudutunganiriza kuko harihungabana tugira mubijanye na communication nimirimo imwimwe igahagarara nizereko ababijejw vyabashikiye bagiye kudutunganiriza iminara dukoresha kugira natwe twikoreshereze internet neza.
ubu kugira dukoresha internet bidusaba kubanza kuva murivyobice twerekanye tukinjira mubindibice twegeranye twasaba natwe rero ababijejwe badutunganirize 🙏
Lumitel Burundi
mbe nawe bimeze gute aho uherereye?