
28/04/2025
Burya music y'Uburundi ntifiriye kukindi kintu atari mindset yaba star bacu .
Harya ikintu cose umuntu agikora afis focus canke intumbero yico ashaka gushikako reo iyo ubona aba baririmvy bacu iyo baronse 1M yam views umenga barash*tse kundoto zabo ariko ico bomenya nuko music ntigarukira kuma views gusa
Ahubwo music is about popularity apana gusa muburundi ahubwo muri africa yose canke kw'isi yose
Akarorero raba abaririmvyi bo mur Tanzanie ntanumwe uzobona ashinjikajwe nama views ahubwo bose bariko bahiga izina rirengeye igihugu.
So natwe il faut duhindure guys dokerere kurwo muzamakungu nkabandi