Iwacu Light

Iwacu Light Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Iwacu Light, Film/Television studio, Kamenge Gard du nord, Bujumbura.

08/12/2025

RWASA arafata inkoho hagasubira guterwa ibisasu m' biterwa n' (M23) ngo ntashaka ko abarundi papfa nkimpene yasubiyemwo nkaryajambo Umukuru wigihungu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yavuga

Nimugihe mubanya Rwanda bamwe babwira nti hanurwa wumve ntiwiteranye numusonda w'umurundi harikintu badafyinisha

Kora partage ububutumwa bushike kure ufyonde no kuri kugira uzozuraba mubambere babona amakuru tubashikiriza

07/12/2025

Nyuma yandagahende /yafukamye🙏😓 arasengerwa numwe mubatama bamaze imyaka 50 bakorera Imana

Uyumugabo turiko turagerageza gutohoza amakuru yiwe neza kugira tumenye kwarumukoziw'Imana vyukuri

Ariko make tumaze kuronka mubakirisu biwe nabari nabo muyandamashengero baramushingira intahe kwarumukoziw'Imana aca bugufi(yubaha)

Nyuma yigihe gito hano Iwacu Light tuzobaha inkuru kuyindi ikwiye
Fyonda kuri unakore kugira uzuraba uwambere abona ibikorwa vyacu murakoze

07/12/2025

Abanya Rwanda ngo barakunda n'igisoda ciwe ngumusoda w'umurundi yaraye akubise M23 kurugero ruteyubwoba/ngw'abarundi barafise Imana bahora basenga kandi ngo yama ibiyereka

Vyiyumvire nawe mwino video

Aha nikuri Iwacu Light kora ukore na kugira benshi babone bino bikorwa

Gasopo kuri Rock🇷🇼☝/ Karibu sekuruza wamahanga twari tugukumbuye haheze umusi tutakubona inkumbu zitubana nyinshi Imana ...
06/12/2025

Gasopo kuri Rock🇷🇼☝/ Karibu sekuruza wamahanga twari tugukumbuye haheze umusi tutakubona inkumbu zitubana nyinshi Imana yakuduhaye ikudutungire

Turanagushimiye kwijambo wavugiye 🇺🇸 America urumugabo wintwari bose bakwiye kwigirako.

Hama turahaye gasopo Rock wi Rwanda acire birarura umurundi umugiriye nabi rimwe arakureka ariko irigira gatanu niho aca akwiyereka

Niho havuye abavuga ngo; Uwutaz' amurunda munzu

05/12/2025

Inzara🇷🇼😭/imisi 4 badafungura mugihugu c'urwanda,nimugihe ubwiwe yigeze kubwira abaturage be ko bokwitegurira inzara(gufunga mkanda ngw'ipataro idakoroka)
Bose bakomeye amashi rimwe😅🤣

Ariko uyumusi abaturagi bo mu Rwanda bariko baratakamba ko abantu papfuye kubw'inzara
Ibibintu ngo mwitegurire gusonza yabivuze mugihe yabona ko M23 iriko irarwanywa n'igisoda c' kuko yabona ko ivyagomba gushikako bidashobora gukunda.

Kandi niko kuri mumasezerano yaraye asinye imbere ya nabandi bakuru b'ibihungu kwarugukura igisoda c' muri .

Bibonekako rwahora rusoromera muri kuko urwanda nico gihugu ubona ko atakintu kiriyo bashobora gushora.

Niyompamvu ubu tuvugana inzara ninyinshi aho hagaragara ningwara yamavunja iteye ubwoba.

🤣😆Kagame français yamucanze,Trump yirabiye iwabo na ZAHABU
05/12/2025

🤣😆Kagame français yamucanze,Trump yirabiye iwabo na ZAHABU

04/12/2025

Iyukomewe amashi naba presindents nkuku uba warabikoreye

Mwijambo ryiza rya nyenicubahiro umukuru w'igihugu ciza c'uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮

🔴Umuvyeyi mwiza afise igikundiro uretse abarundi nabo mubind'ibihugu baramukunda afise umutima wagutse

Muri   barazi agaciro kuy'umuvyeyi nuku yaracungerewe  Yitaziriye   kandi vyukuri niko kuri yarase kwabanyekongo batwagw...
04/12/2025

Muri barazi agaciro kuy'umuvyeyi nuku yaracungerewe
Yitaziriye kandi vyukuri niko kuri yarase kwabanyekongo batwagwa igihugu cabo

Kugera naho Trump amufata nkintwari

04/12/2025

Gusinya gukura igisoda muri congo😭 emwe aba ticktocker nabo😃
Fyonda kuri mumwanya

Turabaha video yuko biriko biragenda

04/12/2025

Joshua ahaye gasopo☝ Chimamanda yihende ahonyore mugihugu🇧🇮🤨 aboneko yakoze ahadakorwa

Isengesho Prophet of Jesus Joshua Joshua yasenze ryatumye ngo Chimamanda ancanganikirwa yihenda kuvyavuga yiteranya na Catholic yiteranya n'igihugu🇧🇮

🔴Hano Iwacu Light turasavye abegereye Chimamanda ko bomuhanura akareka kwiteranya n'igihugu kubwo guhendeshwa udufaranga twibind'ibihugu kuko ibi numwanawiwe yavyaye niyaca ubwenge azobimwankira

03/12/2025

Kagame arapfa umwanya numwanya agenda apfutse aka Moteur kamufasha guhema/Nah'Imana

Ubuherutse mwarabonye ukoyariyambaye mwabonye uko yagiye muri🇺🇸 yambaye yagiye yambaye impuzu zishika zine kandi muravye neza murabona ko iyompuzu yagiye yambaye harimwo kaka Moteur

Iwacu Light

03/12/2025

Abakuze cire umugani Kirikou A Kili bamubwiye kwarimwiza aciye yiryamira kubwumunezero🤦.
Imitaheyo irahaherera

Address

Kamenge Gard Du Nord
Bujumbura

Telephone

+25761627688

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iwacu Light posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Iwacu Light:

Share