ICHAT MEDIA

ICHAT MEDIA We promote artists from all over Africa.

04/11/2021

D-ONE ariko aratwemeza ko uy'umwanya arigwiwe kandi asanuwuhaye awukoresha neza cane. ITEKA MUSIC nimwubahwe.

04/08/2021

Bel Chris ngo abaririmvyi bamwe bamwe batanguye guheba umuziki kubera indirimbo yiwe nshasha akaba asaba abakunzi biwe kumu kwiriza 10k views aca arekura iyo arikumwe n'a Michael Jackson

02/08/2021

Raba uko sat B yabikoze imbere yabakunzi biwe Aho twarikumwe n'abatamvyi biwe ndetse bikaba vyaribimeze n'a neza

30/07/2021

Bel Chris umwe yambarira amamiriyoni yatanguye kuja mubapfumu tukaba tuziko bavukana n'a fabelove ubwo Bose ntiboba ariko babigenza kugira barye hit raba ino video ifabikwereka vyose

Woow wow ITEKA MUSIC muze mutavyorosha. Iyi Video ishobora kuba iri muzambere zimaze kukoregwa m'uburundi.
28/07/2021

Woow wow ITEKA MUSIC muze mutavyorosha. Iyi Video ishobora kuba iri muzambere zimaze kukoregwa m'uburundi.

Watch the official music video of Waiting by D-ONE 257, Get waiting on all platforms: https://lnkfi.re/waiting-doneSUBSCRIBE to the Official iTeka Music Chan...

D-ONE 257 are atavyorosha pe. Iyndirimbo irakaze. ITEKA MUSIC baje kubikora uko bavyiyemeje.
23/07/2021

D-ONE 257 are atavyorosha pe.
Iyndirimbo irakaze. ITEKA MUSIC baje kubikora uko bavyiyemeje.

Like and share this fabulous and emotional song from Young King, D-ONE.A rising star from Burundi. A young King who has big potential in African music indus...

Wamusore D-ONE 257 umwe numwe aheruka kwinjira muri ITEKA MUSIC atwemereye ko ejo tuzoyumva indirimbo yiwe yambere kuri ...
22/07/2021

Wamusore D-ONE 257 umwe numwe aheruka kwinjira muri ITEKA MUSIC atwemereye ko ejo tuzoyumva indirimbo yiwe yambere kuri platforms zose. Ntabwoba mfise kuko uyu mupetit ndamwemera pe. Ukuntu aririmba ntankeka ari muboserukira uburundi mumakungu.

Nijoro ITEKA MUSIC yaraye ikoze amateka adasanzwe aho yashize ahabona umuririmvyi wambere bagiye gukorana ibikogwa. Uwo ...
21/07/2021

Nijoro ITEKA MUSIC yaraye ikoze amateka adasanzwe aho yashize ahabona umuririmvyi wambere bagiye gukorana ibikogwa. Uwo muririmvyi nawe akaba ari D-ONE 257 umuririmvyi tuzi ko asanzwe afise ingabirano idasanzwe. Biragaragara ko iyi Label ishobora kuba ariyambere muburundi igiye gukora amateka adasanzwe. Twagize ibakwe ryo gushika kubiro, uravye kuri studio hamwe nibikoresho vya Video production. Bahagaze neza bidasanzwe. Imana ishimwe umuziki w'uburundi uriko urakura abantu bariko bitaho gushiramwo umutahe. Twizere ko bagiye gufashanya nayandi ma label gushikana umuziki ndundi kure.

Address

Bujumbura
0000

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ICHAT MEDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share