Musoni Bruce Ministries

Musoni Bruce Ministries Who've the Son ,Have Eternal Life.

Reka inondwi itarahera wakire inkuru nziza Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥
29/05/2026

Reka inondwi itarahera wakire inkuru nziza Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥

28/05/2026

Mpwemu yera akorohereze muvyawe Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥

ariko muzohabga ubushobozi, Mpwemu Yera ni yabazako, muzoba ivyabona vyo kunshingira intahe i Yerusalemu, n'i Yudaya hose, n'i Samariya, no gush*tsa ku mpera y'isi. :8

27/05/2026

Nimba nawe Imana yawe itajya ihemuka reka turirimbane inondirimbo Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥

26/05/2026

🍺❌
Nuko rero ntidusinzire nka ba bandi, ariko twame tugavye, twirinde ibiboreza. :6

25/05/2026

Reka dutambire hamwe dutambira Imana biciye mwiyindirimbo Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥

Imana ntikora ibingana nivyo ishoboye ikora ibingana n 'ukwizera kwacu,uko ukwizera kwacu gukura niko nugukora kw'Imana ...
23/05/2026

Imana ntikora ibingana nivyo ishoboye ikora ibingana n 'ukwizera kwacu,
uko ukwizera kwacu gukura niko nugukora kw'Imana kwigaragaza mu vyacu no mubacu Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥

21/05/2026

Ibidashobokera abana babantu Imbere y'Imana birashoboka cane

21/05/2026

Twaremwe kumugambi w'Imana🙌
Imana ibagirire neza mwese Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥

20/05/2026

Reka inondirombo itubere isengesho Mw'Izina rya YESU KRISTO🔥

19/05/2026

Ririmbana natwe ko Imana nanubu ko igikora🙌
(Dieu va faire encore)🔥

  :3Biradukwiye kwama tubashimira Imana, bene Data, nk'uko bikwiye, k*k' ukwizera kwanyu gukura cane, n'urukundo rw'umun...
18/05/2026



:3
Biradukwiye kwama tubashimira Imana, bene Data, nk'uko bikwiye, k*k' ukwizera kwanyu gukura cane, n'urukundo rw'umuntu wese muri mwebge mukundana rugwira.

Vyukuri Imitima yacu yuzuye umunezero wokubona Bene Data twongeye kugururirwa urugi go gusubira kubakumwe mugusangirira hamwe ijambo ry'Imana nogusangirira hamwe ivyo Imana yaturonkeje ikiruta vyose ni rwakomeje kugaragazwa hagati muri twebwe numunezero utagereranywa Amashimwe yose Agaruke kumana yacu🙌

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Musoni Bruce Ministries posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share