11/06/2022
Uhoraho ng'ibi ibintu 3 ashaka kuri buri kiremwa munt kugira tubeho mumunezero 1)kwicisha bugufi,2)gusenga uhiga munyonga hiwe,3)guheba ingeso mbi.ivyo bikozwe uko uhoraho ashaka akuraho ibihano 3 bihabwa abatayumvira1)ingwano,2)inzara(amapfa),3ingwara y'akaranda.ikatwishura munyishu arizo 3.1)kwumva amasengesho,2)kudukiza igicumuro,3)kubabarira igihugu.ivyo vyose birakwegana.ng'ugwo urufunguruzo gw'ubuzima bwacu.ngw'izo inyishu z'ibibazo biduhanamiye mubuzima bwacu.iyo umenye k ugwaye uraja kwa muganga bakagupima,bakaguha imiti ukivura,iyo umenye ibitera iyo ngwara ubica kure.nanj ng'uko uko mvuy imitima itaritahura.amahoro abane namwe.