Elphazgram

Elphazgram Helping businesses grow online 📈
Dubai life 🇦🇪 | Real stories | Opportunities
🎥 Content Creator | Promotions
📩 DM for business
📞 +257 79 20 90 41
(3)

🔴🇫🇷 Zidane ahagaritse “défilé” y’abakinyi b’ubufaransa i Clairefontaine: nta banyamakuru bazongera kwemerewa gufata amas...
19/09/2026

🔴🇫🇷 Zidane ahagaritse “défilé” y’abakinyi b’ubufaransa i Clairefontaine: nta banyamakuru bazongera kwemerewa gufata amashusho y’abakinyi bashika

🚀 Umugenzo wari umaze imyaka uba ikimenyamenya c’ugutangura amakoraniro y’Ikipe y’Ubufaransa i Clairefontaine ugiye guhinduka.
Umumenyereza mushasha Zinédine Zidane, yafashe ingingo yo gukura abamenyeshamakuru n’abafotora ku kibanza abakinyi bashikiramwo.

Kuva ku wa mbere, abakinyi bazoshika i Clairefontaine ariko abamenyeshamakuru ntibazoba bakiri ku muryango w’ikigo kugira babafate amashusho uko umwe wese ashika.

Uyu mugenzo wari umaze guhinduka nka « défilé », aho abafotora n’ abamenyeshamakuru bamara hafi isaha barindiriye abakinyi, rimwe na rimwe imyambaro yabo ikaba ari yo iba ikiganiro gikomeye ku mbuga ngurukanabumenyi.

Zidane ashimangira ko Clairefontaine ikwiye gusubira kuba ahantu hazwi cane ku mupira w’amaguru, aho gutuma ukuza kw’abakinyi guhinduka igikorwa co kwiyerekana. Ariko amashusho y’abakinyi bazoshika azoguma aboneka biciye mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru .

19/09/2026

Madiba Tha Classic Ni Ubutare Imana Yatwihereye Ngo Buzotuviremwo Umusaruro Muce Ubwenge Murekane Ninkato Zabanak Sivyo Nawe Ubon❓

🇹🇿🔥 Umuririmvyi Diamond Platnumz y'araye akoze amateka mugihugu ca Zambia 🇿🇲 aho y'arafise igiteramo mwirijoro cari igit...
19/09/2026

🇹🇿🔥 Umuririmvyi Diamond Platnumz y'araye akoze amateka mugihugu ca Zambia 🇿🇲 aho y'arafise igiteramo mwirijoro cari igiteramo bise "All White Party".

✍️ Niyahe ndirimbo ya diamond ukunda gusumvya?

19/09/2026

🚀🔥 1000km/h Speed Sat-B Asigaye Agirako Ariko Asohoka Rutemikirere Mumahanga Uyumugabo Ntabwo Asanzwe wlh 🔥🔥

🚀🔥 Ayarenga 700.000Fb Niyo D-ONE 257 Yahaye Icamamare Mugutera Imicongo Wizard Ben The Berber Mundirimbo ( SHIWAWA) FT D...
19/09/2026

🚀🔥 Ayarenga 700.000Fb Niyo D-ONE 257 Yahaye Icamamare Mugutera Imicongo Wizard Ben The Berber Mundirimbo ( SHIWAWA) FT Drama T Bose Batewe Umucango Na Wizard.

😉 Utibagiye kwari we Umwami Kumucongo Anamwa Elphazgram Na Sat-B Reka Nibindi Vyamamare Musi 700k Ntagukora mumutwe🔥🙅

18/09/2026

💔😭
Kirikou A Kili na Double-jay OnceAgain ntibakirikumwe muri Bilimani Boy.
🤭🤣

🇷🇼🇧🇮🔥 Amasanamu y'indirimbo ya Papa Cyangwe arikumwe numuririmvyi LinoG Umvukuri igeze kumusozo vuba cane barayiduha, ab...
18/09/2026

🇷🇼🇧🇮🔥 Amasanamu y'indirimbo ya Papa Cyangwe arikumwe numuririmvyi LinoG Umvukuri igeze kumusozo vuba cane barayiduha, abakunzi bibikorwa vya LinoG mube muritegura ndetse nabaririmvyi ba papa Cyangwe Bose, ni Papa Cyangwe twamenye cane kundirimbo arikumwe na OLG Indirimbo bise Nzonze indirimbo yakunzwe cane.

✍️Ninde y'oba Azi Izina ryino ndirimbo?

18/09/2026

Bain Turo Brend Yiwe I sigaye Ikomeye Nkamabuye wlh Yarabasize🔥🚀

🇧🇮🇷🇼🔥 Umuririmvyi LinoG Umvukuri iyari mugihugu C'Urwanda 🇷🇼 ubuzima nisawa vuba cane agiye kuduha igikorwa gishasha col...
18/09/2026

🇧🇮🇷🇼🔥 Umuririmvyi LinoG Umvukuri iyari mugihugu C'Urwanda 🇷🇼 ubuzima nisawa vuba cane agiye kuduha igikorwa gishasha collabo nyarwanda ndetse bakaba Bagiye gukora amasanamu y'indirimbo arikumwe na Papa Cyangwe.

✍️Nigiki musaba linoG atabahaye uno mwaka?

📷 Landry SB niwe muhinyanyuzi  yafashe amasanamu y'ndirimbo   ya Big Fizzo. 🇧🇮🔥 Twihere Ijisho Zimwe musanamu zuko barik...
18/09/2026

📷 Landry SB niwe muhinyanyuzi yafashe amasanamu y'ndirimbo ya Big Fizzo.

🇧🇮🔥 Twihere Ijisho Zimwe musanamu zuko bariko bakora indirimbo NIRUZE ya Big Fizzo

🔴Mwomenyako uwo muhinyanyuzi w'amasanamu Landry SB, amaze gukora video zitarinke z'abaririmvyi batandukanye zagiye zirakundwa cane. Harimwo Niruze ya Big Fizzo, iri mu ndirimbo nshasha zikunzwe cane mwino misi.

Address

Dubai
Bujumbura
DUBAI

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elphazgram posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Elphazgram:

Shortcuts

Share