Minister John John

  • Home
  • Minister John John

Minister John John Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Minister John John, Broadcasting & media production company, .

30/04/2026

Naho shetani yoba yarishe vyinshi Canke yarononye ubuzima bwawe yarakugwishije,yaratumwe urambigwa ukabivamwo Imana iraguha izindi nkomezi nsha Yesaya:40:31

30/04/2026

Shetani ntampuhwe asaba ubuzima bwawe asaba uruvyaro gwawe ariko Yesu aragusengera ngo wamane inkomezi.Luke22:31-32

21/04/2026

Abari muri we ntibatsindwa n'urubanza gw'ivyaha kuko abahesha gucungugwa namaraso yiwe!

Imana yagukunze utarayimenya yagukunze ataco igukundiye! Iranagupfira none Niki uriko urakora ubu ngo igukunde? Humura n...
21/04/2026

Imana yagukunze utarayimenya yagukunze ataco igukundiye! Iranagupfira none Niki uriko urakora ubu ngo igukunde? Humura ntarupfu canke ubugingo vyokuraho urukundo gw'Imana.

Ugwo igukunda rusumba isuzuba nibiriho vyose!

26/03/2026

Mwijuru bakwise izina bihwanye nicukora Wewe bokwitwande ?

07/03/2026

Shalom shalom turafise inyota y'ijambo Dawidi aravuga ngo "nkuko impongo yiruka irondera imigezi Niko umutima wanje wiruka kurondera"

Uwomuntu afise iyonyota ndamuhaye kaze muri group ya whatsapp

https://chat.whatsapp.com/KVYTqYODiZAGCkLlJekdRM?mode=hq1tcla

MN! Duhamagaye abafise inyota yokumenya nokwegera Imana biciye mugusenga mugusangira imirongo ya bible nayadi namayerekwa yandi Imana igume umigisha mubikorane umutekano mwishi

Be blessed in Jesus's name Amen

Umuntu adasenga yamana ivyaha vyiwe!

31/12/2025

Address


Telephone

+25776360940

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Minister John John posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Minister John John:

Shortcuts

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share