Umutananirwa Tv

Umutananirwa Tv Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Umutananirwa Tv, Media/News Company, Bujumbura.
(4)

13/09/2025

LinoG wamucongo nawe azonatwoca😄😄😄😄😄😄Uyumusi yari yateguye Ni concert 🔥🔥Gusa nyene jewe vyanryoheye kubera ko akunda Umuziki w’🇧🇮Naho ntazi intara avamwo ariko ndabona ko ari Hit…

Post y’ubwenge yatahuye bake muri 8jrs indirimbo zabonetse nizo gusa…🔥🔥🔥Ariko kandi aho wihendeye vas y by Vania Ice nay...
13/09/2025

Post y’ubwenge yatahuye bake muri 8jrs indirimbo zabonetse nizo gusa…🔥🔥🔥Ariko kandi aho wihendeye vas y by Vania Ice nayone imaze 8jrs kand iratesa cane link mur cmntr🔥🔥🔥🔥Tutibagiye by

Fact💯💯new Hit song🔥🔥🔥🔥 Monia Fleur
13/09/2025

Fact💯💯new Hit song🔥🔥🔥🔥 Monia Fleur

Monia Fleur numuririmvyi yubaha kandi yumviriza twarigeze kumuhanura ko akwiye gukora ikintu gituma afasha urugamba SAT-B kugira bashobore gushikana BujaPiano kure cane kuko twari twizeye kwariwe abishoboye wenyene mubigeme Satb yategerezwa kuronka umuntu nk Monia fleur mubigeme amufasha reka rero urabe ukuntu umuriro ugiye kwaka muri Africa by Out Now…

13/09/2025

Pita by Monia Fleur Out Now🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

Abakobwa mukora umuziki mubanze mwirengagize imizigo mufise Monia Fleur aje kubakunitisha igi Hit ca Hatari ejo 10h top ...
12/09/2025

Abakobwa mukora umuziki mubanze mwirengagize imizigo mufise Monia Fleur aje kubakunitisha igi Hit ca Hatari ejo 10h top 🔥🔥

11/09/2025

Congratulations LinoG 200k views muri 3jrs 🔥🔥🔥Umeuwa tora 🌷🌷🌷🌷Yawe Babi Hit song

11/09/2025

Babi Challenge yambere y’umwaka niyi… LinoG respect 2 u waranditse neza

10/09/2025

Landrypromoter Bdi 🔥🔥🔥🔥🔥BABI…

09/09/2025

Monia Fleur Nawe yamaze kubamenya ko muri BABI😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥

09/09/2025

King LinoG 🔥🔥🔥👑👑Babi irabica….

Address

Bujumbura
5056

Telephone

+25769501648

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umutananirwa Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Umutananirwa Tv:

Share