Online Living

Online Living Writer
Manchester united fan
Football lover
Onlinelivings

10/09/2026

🚨Today is the day

Man United vs Sabah

Sabah igomba kwishura ivyo Everton yadukoreye😭😀

゚viralシ

Iyi ni imwe mu ntambara zikomeye kandi zizana irungu kuruta izindi ushobora kurwana mu buzima.Yaba ari mu kazi aho amasa...
04/07/2026

Iyi ni imwe mu ntambara zikomeye kandi zizana irungu kuruta izindi ushobora kurwana mu buzima.

Yaba ari mu kazi aho amasaha yose wakoze atanumwe ayabona gushika igihe ufashe umusi umwe w’akaruhuko kubera urwaye, canke mu muryango aho wikorera imizigo yose mu gacerere gushika umusi umwe utaye umutwe.

Kamere y’umuntu ifise amakosa.

Abantu bakunda kubona ikintu kitagenze neza; babona igihe usenyutse, ariko ibikorwa vyiza ukora buri musi ubudasiba babifata nk’ibisanzwe.

Iyo usanze uri muri ico kibanza kibabaza, aho ivyo witangiye bifatwa nk’itegeko, ariko ikosa rimwe gusa ukoze rigafatwa nk’icaha.

Utegerezwa kureka kubaho utegereje ko abandi bagushima.

Reka kwonona amagara yawe n’amahoro yawe urondera kwumva abantu bakubwira bati: “Wakoze neza,” kandi batazi ico bisaba kugira ube uwo uri wewe.

Menya agaciro kawe.

Ha agaciro intsinzi zawe.

Rinda amahoro yawe uko ushoboye kwose.

Kandi wibuke ko kuba hari abantu batabona uko wigora bitabisigura ko ivyo ukora bidafise agaciro.
Bandanya ugenda wemye.

17/04/2026

Ingorane ntizibe izikwonona , ahubwo zibe izigukomeza

゚viralシfypシ゚viralシ

INZIRA ISHOBORA KUBA NDENDE KANDI YAWENYENE, ARIKO BURI NTAMBWE UTERA IMBERE NI INTSINZI.
16/04/2026

INZIRA ISHOBORA KUBA NDENDE KANDI YAWENYENE, ARIKO BURI NTAMBWE UTERA IMBERE NI INTSINZI.

ISHUSHO YAWE YEREKANA ICO URI, AMAHITAMWO YAWE NA YO YEREKANA ICO UZOBA.
16/04/2026

ISHUSHO YAWE YEREKANA ICO URI, AMAHITAMWO YAWE NA YO YEREKANA ICO UZOBA.

UFISE UBURENGANZIRA BWO GUHITAMWO IVYO USHAKA, ARIKO NTUSHOBORA KWIRINDA INGARUKA Z'IVYO WAHISEMWO.
15/04/2026

UFISE UBURENGANZIRA BWO GUHITAMWO IVYO USHAKA, ARIKO NTUSHOBORA KWIRINDA INGARUKA Z'IVYO WAHISEMWO.

15/04/2026
IVYO WACIYEMWO KERA BISHOBORA KUGUSIGIRA INKOVU, ARIKO NTIBISHOBORA KUKUBUZA KUBA IKINTU CIZA.
14/04/2026

IVYO WACIYEMWO KERA BISHOBORA KUGUSIGIRA INKOVU, ARIKO NTIBISHOBORA KUKUBUZA KUBA IKINTU CIZA.

12/04/2026

😂

Chelsea iriko yatsinzwe, ejo hari umukino ukomeye cane uzohuza Man United na Leeds United. Manchester United ifise amahi...
12/04/2026

Chelsea iriko yatsinzwe, ejo hari umukino ukomeye cane uzohuza Man United na Leeds United. Manchester United ifise amahirwe yo kurusha amanota 10 ikipe iri ku mwanya wa 6. I ticket ya Champions League iriko iragaragara neza! 🙌🏽 🔴

Address

Kayanza
Bujumbura
BUJA

Telephone

+25772476240

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Online Living posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Online Living:

Shortcuts

Share