Fidèl Biko

Fidèl Biko Never give up �

14/08/2026

⚠️⚠️⚠️Umve wamwana w'igihugu Inès Raguël Mumyaka iheze yazuze ko yavukiye kumusaga none ubu ari muri Tanzanie avuze ko yavukiye 😃😃😃😃 n'amashure Y'intango ngo yayasomeye muri nakamaramaza😃😃😃😃😃😃😃😃😃
Fiston Kaberege
F.B NANA Turimurukundo
Fidèl Biko

NTAKIBUZA UMUGAMBI W'IMANA KURANGUKAFiston Kaberege F.B NANA Turimurukundo Fidèl Biko Fabelove DA K.SHAN BOY Fidèle Brig...
09/08/2026

NTAKIBUZA UMUGAMBI W'IMANA KURANGUKA
Fiston Kaberege
F.B NANA Turimurukundo
Fidèl Biko
Fabelove DA K.SHAN BOY
Fidèle Bright Fidèle

NAHO NTOMERA UKO BASHA ARIKO NKAMERA UKW'IMANA IGOMBA NTACO VYOBA BITWAYE .F.B NANA Turimurukundo Fidèl Biko
02/08/2026

NAHO NTOMERA UKO BASHA ARIKO NKAMERA UKW'IMANA IGOMBA NTACO VYOBA BITWAYE .

F.B NANA Turimurukundo
Fidèl Biko

HARIGIHE BIDASABA UMUTWE🤯 BIGASABA UBURAMBE💪 NIHO UCUTAHURA KO KIMWE COSE GIKORA MUMWANYA WACO. IYABA VYOSHOBOTSE UGUTWI...
29/07/2026

HARIGIHE BIDASABA UMUTWE🤯 BIGASABA UBURAMBE💪 NIHO UCUTAHURA KO KIMWE COSE GIKORA MUMWANYA WACO. IYABA VYOSHOBOTSE UGUTWI👂 KUGAKORA RÔLE Y'IJISHO👁 VYONAKUNZE TUGAHINDURA UMUKUNGUGU UKABA IFU Y'UBUGARI.

✍️Mindset
🧠Be faithful always
Fidèl Biko Fidèle Bright Fidèle

27/07/2026

⚠️⚠️UMWANA W'IGIHUGU ararakeneye ubufasha nimba nawe warafashijwe fasha abandi. Bitaragushikira nawe uzofashwa nabo utazi. Ubufasha ushobora kubucisha kuri YIWE 62355890 IZINA:

STAND UP FOR Turo⚠️⚠️⚠️

Fiston Kaberege
F.B NANA Turimurukundo
Fidèl Biko
Fidèle Bright Fidèle
Kolly Da Magic
Mkombozi Lucifer
Madiba Tha Classic
Master Key
Sunny best promoteur
Arnovic

26/07/2026

NIMBA USENGA SENGERA TURO
NIMBA WARAFASHIJWE FASHA ARAKITSWE N'AMAGARA KANDI CANE

UBUFASHA USHOBORA KUBUCISHA KURI LUMICASH YIWE 62355890 IZINA NI Patient Iyo numero niyiwe .

FASHA UMWANA W'IGIHUGU

Sat-B
Fabelove DA K.SHAN BOY
B-face On The'flo

26/07/2026

mbega ibi mwari mubizi? Kwirikirana uwumu jeune ariko yishuza umwana wiwe haheze 7ans baravyaranye ariko ngo ntashaka gutanga umwana wuwo musore mubora ariko avuga ashavuye cane kubwo umwana wiwe
👇👇👇👇👇👇👇
Kanda kuri canke
Ubandanye ubona amakuru mashasha agezweho.
👇👇👇👇👇👇👇👇

Fidèl Biko Fidèle Bright Fidèle

25/07/2026

B-face On The'flo akoze mariage mumuduga mwiza cane. Raba nawe uko urubanza rwagenze.

Fidèle Bright Fidèle Fidèl Biko
F.B NANA Turimurukundo

Address

Bujumbura

Telephone

+25772100109

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fidèl Biko posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Fidèl Biko:

Shortcuts

Share