Mr Abdoul +257

Mr Abdoul +257 Habillement
(1)

🎤🔴   🇮🇹 : 😭🙆🏻‍♂️   Ku myaka 88, PapaFrancis yitavye IMANA uyu munsi wa 1Nk’uko biri mw’itangazo rya Vatican kuriUwu wa 2...
21/04/2025

🎤🔴 🇮🇹 : 😭🙆🏻‍♂️ Ku myaka 88, Papa
Francis yitavye IMANA uyu munsi wa 1
Nk’uko biri mw’itangazo rya Vatican kuri
Uwu wa 21/04/2025.

Mwari muzi ko mwamuroze? Melanin boy agiye mugihugu kitaramenyekana ariko sikure cane yaha turi ariko kandi ntakindi kim...
20/04/2025

Mwari muzi ko mwamuroze? Melanin boy agiye mugihugu kitaramenyekana ariko sikure cane yaha turi ariko kandi ntakindi kimujanye atari kubicisha umunezero…

🎤

🔴 Félicitations à Mo'W Kanzie, Célèbre chanteuse et 1ère Dauphine Miss Burundi 2016-2017 pour son mariage.Bon vent à ell...
19/04/2025

🔴 Félicitations à Mo'W Kanzie, Célèbre chanteuse et 1ère Dauphine Miss Burundi 2016-2017 pour son mariage.

Bon vent à elle !


✅🔴💥BREKING NEWS Mbega yoba ariwe agiye kuba urukiza Rwa Real Madrid?▪️ Klopp agiye gufata mu minwe umurwi wa Real Madrid...
17/04/2025

✅🔴💥BREKING NEWS Mbega yoba ariwe agiye kuba urukiza Rwa Real Madrid?

▪️ Klopp agiye gufata mu minwe umurwi wa Real Madrid waheruka gukubagurwa na Arsenal ?

▪️Ikinyamakuru SPORTS cemeje ko Klopp na Real Madrid bariko barahuza cane mubiganiro barimwo vyo kumuzana gusubirira Carlos Ancelotti. 🤝

Klopp muri Real Madrid ubona harico yoza guhindura ?

🎤🔴⚽   : Umukinyi w’inyumaW’umugwi wa Arsenal w’umwongereza,( Myles Lewis-Skelly ) w’imyaka 18 ngo Yaraye ababajwe cane n...
17/04/2025

🎤🔴⚽ : Umukinyi w’inyuma
W’umugwi wa Arsenal w’umwongereza,
( Myles Lewis-Skelly ) w’imyaka 18 ngo
Yaraye ababajwe cane n’ikosa rikomeye
Yakorewe na Rüdiger.

Lewis Skelly ati : " Ikintu kimwe ntakeka,
Vy’ukuri nuko mfise amahirwe menshi
Cane kuruta ibindi vyose, iconzi co n’uko
Twabandanije amahoro." 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿😳🤯
••••••

🚨🔥 Ukiraba iyo foto umenga barahejeje gushika muri kimwe ca kabiri gishira ica nyuma ariko siko biri...Igice ca mbere ni...
16/04/2025

🚨🔥 Ukiraba iyo foto umenga barahejeje gushika muri kimwe ca kabiri gishira ica nyuma ariko siko biri...
Igice ca mbere niho kikirangira,
Real Madrid 0-0 Arsenal (Agg. 0-3)

Kugeza ubu ibikombe Real Madrid ikiniganira ni Copa del Rey na La Liga 🤧

🚨🚨 1/ REAL MADRID ntirigera yinjiza igitsindo ARSENAL muri UCL kuva ibayeho2/ REAL MADRID ntirigera itsinda ARSENAL muri...
16/04/2025

🚨🚨 1/ REAL MADRID ntirigera yinjiza igitsindo ARSENAL muri UCL kuva ibayeho

2/ REAL MADRID ntirigera itsinda ARSENAL muri UCL kuva ibayeho

3/ REAL MADRID ntirigera ishobora gukora Remontada muri UCL mugihe yaba yatsinzwe urukino rwo gutangura ku kinyuranyo c'ibitsindo BITATU kuduga Kuva ibayeho

=================================

Murizera yuko ayo mateka yose yohinduka mw'ijoro rimwe ???

Ntakidashoboka Mumupira , arinayo mpamvu kw'isaha ya satatu z'ijoro abakunzi b'inkino bose aho bava bakagera bazoba bariko baraba runo rukino 👇🏽

Real Madrid 🆚 Arsenal
🏟️ Santiago Bernabéu

N'uyuhe murwi uha amahirwe ??

🙏🏾

✅🔴👊MBEGA UWUDAKUNDA FOOTBALL undiki Nukuri Match zuwumusi zarumuriro▪️TAYALI FC Barcelone na PSG bageze muri 1/2 gishira...
15/04/2025

✅🔴👊MBEGA UWUDAKUNDA FOOTBALL undiki Nukuri Match zuwumusi zarumuriro

▪️TAYALI FC Barcelone na PSG bageze muri 1/2 gishira icanyuma Ca UEFA champion, s League Bigoranye caaane 👊

▪️Fc Barcelone itakaje iryambere kuva uno mwaka watangura aho bahumiwe numusore yamuka muri Afrika Serugurasy abashinzemwo Hat-trick wenyene 🥺

▪️Fc Barcelone rero igiye guhura nuwuzorengana hagati ya Inter Milan na bayern Munich muri 1/2

▪️Mugihe PSG yo izohura nuwuzorengana hagati ya Real Madrid na Arsenaux

👊👊👉Match Mwazibonye gute mumfashe dukeze ino mirwi igeze muri 1/2

🚨🚨 « K'umusi w'ejo Real Madrid ntizokwemerera abana badashikana Imyaka 18 kwinjira kukibuga ndetse n'abakuze barenza Imy...
15/04/2025

🚨🚨 « K'umusi w'ejo Real Madrid ntizokwemerera abana badashikana Imyaka 18 kwinjira kukibuga ndetse n'abakuze barenza Imyaka 40 , m'urukino rudasanzwe bafitanye na Arsenal ♫ >>

« Vyandikwa n'ikinyamakuru MARCA »

Ikindi mwomenya nukwo igisenge c'ikibuga kizokwugagwa amasaha 6 imbere yukwo urukino ruba.

Real Madrid yizera kwar'ijoro ridasanzwe , mukibuga ndetse nohanze y'ikibuga kubakunzi bayo.

😎🖋️

🎤🔴⚽   : Abakinyi ba RealMadrid bariteguriye ngo gusubira gukinaNa Arsenal 🔥🤍- Bellingham ( Instagram ) ati : " Tuzobonan...
14/04/2025

🎤🔴⚽ : Abakinyi ba Real
Madrid bariteguriye ngo gusubira gukina
Na Arsenal 🔥🤍

- Bellingham ( Instagram ) ati :
" Tuzobonana ku wa gatatu."📱

- Vinicius ( Instagram ) ati : " N’ubu ndiko
Ndiyumvira ivy’umusi wa gatatu."📱

- Rodrygo ( Instagram ) ati :
" Tuzobonana ku wa gatatu, uzoba
Urufunguzo."📱

🛑Uwemeranya nabano bakinyi ba Real Madrid ko bazokubita Remontada yibitsi 3 ampe na 🙏🏾

🎤🔴   🇧🇮🦛 : Hari imvubuBagonze muri iki gitondo co kuri uyu wa14 Ndamukiza 2025, kw’ibarabara rija KuKibuga c’indege ✈️ M...
14/04/2025

🎤🔴 🇧🇮🦛 : Hari imvubu
Bagonze muri iki gitondo co kuri uyu wa
14 Ndamukiza 2025, kw’ibarabara rija Ku
Kibuga c’indege ✈️ Mpuzamakungu
Melchior Ndadaye.

🔵🟣Barcelona Vs Réal Madrid Classico yo muri Laliga izoba ari kumurango 🤣 ntizoba mwijoro Tayari Laliga ihejeje kwemeza K...
13/04/2025

🔵🟣Barcelona Vs Réal Madrid Classico yo muri Laliga izoba ari kumurango 🤣 ntizoba mwijoro

Tayari Laliga ihejeje kwemeza KO Classico ya Laliga itegekanijwe itariki 11/5/2025 izoba igihe c'isaha 16h15

bazonigana kumurango apana mwijoro 🤣🏆

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Abdoul +257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share