Abed Tiger

Abed Tiger Promoter International🇧🇮🔥
The Swagger boy🐅
Update news trends🇧🇮🇹🇿🇷🇼🇰🇪🇺🇬
Whatsapp number(+257)68404486

  ni équipe yibwami bamwe ubonako bagenda bapingabavuga ibitandukanye ariko umwana yankwa niwe Akura gusa rek ibikogwa v...
19/08/2025

ni équipe yibwami bamwe ubonako bagenda bapingabavuga ibitandukanye ariko umwana yankwa niwe Akura gusa rek ibikogwa vyivugire ni

12/08/2025
⚫🚨Umuririmvyi   🇹🇿 gushikubu ari muri   murugendo rwiwe rwakazi 😍✊Umuririmvyi Diamond Platnumz 🇹🇿umwe mubaririmvyi bakom...
06/08/2025

⚫🚨Umuririmvyi 🇹🇿 gushikubu ari muri murugendo rwiwe rwakazi 😍✊

Umuririmvyi Diamond Platnumz 🇹🇿umwe mubaririmvyi bakomeye cane muri ndetse nokwisi yose , kugeza Ubu ari muri Reta zunze ubumwe za Amerika 😍✊

Diamond Platnumz 🇹🇿 avugako yagiye murugendo rwiwe rwakazi , Aho ivyamujanye harimwo kwagura ibikorwa vyiwe n'umuziki nyafirika muri Rusange , yanavuzeko kandi bidatevye Ko hari igikorwa azosohorana n'umuririmvyi womuri Amerika 🇺🇲 akomeye cane 😍✊

This is Big Fizzo Mr ndugwe the best artist from bdi🇧🇮
05/08/2025

This is Big Fizzo Mr ndugwe the best artist from bdi🇧🇮

🔵 🔴 Urukino rwa Super coupe mu ntara ya Gitega 🔥 🔥🏆 Kuri uyu wa gatandatu itariki 09/08/2025, ku Kibuga  ,    yatahukany...
04/08/2025

🔵 🔴 Urukino rwa Super coupe mu ntara ya Gitega 🔥 🔥

🏆 Kuri uyu wa gatandatu itariki 09/08/2025, ku Kibuga , yatahukanye igikombe c'ihiganwa ry'icicaro ca mbere mu Burundi izokina na yatahukanye igikombe c'umukuru w'igihugu muri super coupe.

🔹 Mu gihe iminota 90 yohera imigwi yose inganya, hazoca haba ama penalty. Ni uyuhe mugwi uha amahirwe yo gutsinda ?

Uku niko vyari vyifashe murukino gwahuza umugwi wa   numugwi wa   aho igice cambere carangiye umugwi uhararariwe numuhit...
03/08/2025

Uku niko vyari vyifashe murukino gwahuza umugwi wa numugwi wa aho igice cambere carangiye umugwi uhararariwe numuhitinzi mwagiye mumenya kuva kera nka 1 kubu 0 bwa Musongati FC match bikarangira ari 2 vya ku 0 bwa

❌⚠️   Wewe nkumufana atavyo gufana usizemwo mwabano baririmvyi babarundi hagati ya B-face On The'flo  na LinoG  hamwe na...
03/08/2025

❌⚠️ Wewe nkumufana atavyo gufana usizemwo mwabano baririmvyi babarundi hagati ya B-face On The'flo na LinoG hamwe na Fabelove DA K.SHAN BOY nuwahe muririmyi yambaye neza kuruta abandi uvuge uwambere nuwakabiri gusa ntabufana burimwo uyumusi

Mnyama🐅

This is Sat-B the artist from bdi 🇧🇮
03/08/2025

This is Sat-B the artist from bdi 🇧🇮

⚽⚽ UMUFANA wa Real Madrid C.F.  akaba numuririmvyi akomeye cane Hano m'uburundi Sat-B  uyumusi yagaragaye yambaye Jersey...
01/08/2025

⚽⚽ UMUFANA wa Real Madrid C.F. akaba numuririmvyi akomeye cane Hano m'uburundi Sat-B uyumusi yagaragaye yambaye Jersey ya Madrid kuruhande na Belle 9ice ndibaza ino saison Réal Madrid izotsinda ko SAT-B yambaye umwambaro wa ubwambere mumateka yiwe nkumufana abafana ba FC Barcelona ntaco mwombwirira Sat-B Kuba afana Réal Madrid irwazanya umutima 💪⚽

This is Fabelove DA K.SHAN BOY  the artist from bdi 🇧🇮
01/08/2025

This is Fabelove DA K.SHAN BOY the artist from bdi 🇧🇮

  ibi ni muri bimwe bigenda bivugisha abantu muburere butandukanye ni Kirikou A Kili n a Dj Fernando +257 bose ni abarir...
01/08/2025

ibi ni muri bimwe bigenda bivugisha abantu muburere butandukanye ni Kirikou A Kili n a Dj Fernando +257 bose ni abaririmvyi biwacu

Abed Tiger 🐯

This is Harmonize the artist from tz🇹🇿
28/07/2025

This is Harmonize the artist from tz🇹🇿

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Abed Tiger posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share