HP MENYA

HP MENYA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from HP MENYA, Media/News Company, Bujumbura.

19/12/2024

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Nene Wardah, Abbey Footwear, Mimi Statpak

Menya vyinshi utaruzi , kubijanye n'indwara y'akaranda ka  ,   uciye aha πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡https://youtu.be/OTWIujMx8Mc?si=a3nIREG2yV...
28/08/2024

Menya vyinshi utaruzi , kubijanye n'indwara y'akaranda ka ,
uciye aha πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

https://youtu.be/OTWIujMx8Mc?si=a3nIREG2yVeX0zUu
BETV Burundi
Patrick Le-Sage Hatangimana
HP MENYA

: Menya vyinshi ku bijanye n'indwara y'akaranda MPOX n'uko yifashe mu Burundi mu biharuro vy'ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kurwanya ikiza ...

kurikirana Amakuru kuri BETV Burundiyo kuwa 16 Myandagaro 2024Yibanda kungingo imwe y'
20/08/2024

kurikirana Amakuru kuri BETV Burundi
yo kuwa 16 Myandagaro 2024
Yibanda kungingo imwe y'

AMAKURU KURI BETV KU WA 16/8/2024

Tuze twirinda gusubira muri vya bihe vya kera twahozemwo bikadusigamwo imvune n' inkovu                  mu mitima yacu....
27/01/2024

Tuze twirinda gusubira muri vya bihe vya kera twahozemwo bikadusigamwo imvune n' inkovu
mu mitima yacu.
Tuze twirinda gusubira kuri ba bantu batwanse,baradusugura baranaduterenana .

Tuze twirinda kwiyumvira kuri Kahise,ibibi canke ivyiza twakoze muri Kahise kubera ataco vyotumarira ubu...
Ahubwo twiyumvire Kandi twiteho kazoza kuko
Ariko katubikiye vyinshi vyiza Kandi twipfuza.

Keep the faith πŸ€²πŸ™If you lose your job,keep the faith πŸ€²πŸ™If you  are poor today, keep the faith πŸ€²πŸ™If you lose your family,...
27/01/2024

Keep the faith πŸ€²πŸ™

If you lose your job,keep the faith πŸ€²πŸ™
If you are poor today, keep the faith πŸ€²πŸ™
If you lose your family,keep the faith πŸ€²πŸ™
If you lose your boyfriend or girlfriend, keep the faith
If you fail today, Keep the faith πŸ€²πŸ™
If you are facing troubles today, keep the faith πŸ€²πŸ™
If you were betrayed,keep the faith πŸ€²πŸ™
If you are not perfect,keep an the first πŸ€²πŸ™
If you can't travel today, keep the faith πŸ€²πŸ™
If people humiliate you today, keep the faith πŸ€²πŸ™

You will only win if you keep the faith πŸ€²πŸ™
You will only break the limits if you keep the faith...

Be blessed my lovely friends β€οΈπŸ™

Love is about becoming the right person. Don’t look for the person you want to spend the rest of your life with, become ...
14/01/2024

Love is about becoming the right person. Don’t look for the person you want to spend the rest of your life with, become the person you want to spend the rest of your life with.

Don’t compare your life to others, there’s no comparison between the sun and the moon, they both shine when it’s their t...
14/01/2024

Don’t compare your life to others, there’s no comparison between the sun and the moon, they both shine when it’s their time.

🚨 Umurwi wa Manchester united inyuma yogutahukana intsinzi bibagoye kugitsindo kimwe kubusaw bwa wolves umunyegori Andre...
15/08/2023

🚨 Umurwi wa Manchester united inyuma yogutahukana intsinzi bibagoye kugitsindo kimwe kubusaw bwa wolves umunyegori Andre onana yerekanye kwari kurwego rwohejuru mukurinda izamu ryiwe kwinjizwa igitsindo nakimwe mugihe rwari urukino rwiwe rwambere muri premier League

🚨 Mumisi Mike amaze mumurwi was benfica Lisbon Angel Di Maria arishimira uko yakirwa nabakunzi biwe nimugihe amaze kubat...
15/08/2023

🚨 Mumisi Mike amaze mumurwi was benfica Lisbon Angel Di Maria arishimira uko yakirwa nabakunzi biwe nimugihe amaze kubatsindira
Munkino zitatu zose aheruka kubakinira

🚨 C'EST FAIT umurwi wa Aston Villa wamaze kumvikana na Galatasaray kugira usinyishe umukinyi Nicolas zanioloβœ“ bumvikanye...
15/08/2023

🚨 C'EST FAIT umurwi wa Aston Villa wamaze kumvikana na Galatasaray kugira usinyishe umukinyi Nicolas zaniolo
βœ“ bumvikanye ubusabe bwintizanyo harimwo kumugura burundu Ku miriyoni 27 harimwo 4 zintizanyo n'a 22 zikiguzi cumukinyi mugihe yomusinyisha namabonus
βœ“ ibipimo vyo kwamuganga bitegekanijwe kuwagatatu kugira zaniolo yiyunge n'a Aston Villa avuye Galatasaray

🚨umurwi wa Al Hilal wamaze gukora ibipimo vyo kwamuganga kumukinyi Neymar jr bikaba vyitezwe ko vuba bashira ahabona ko ...
14/08/2023

🚨umurwi wa Al Hilal wamaze gukora ibipimo vyo kwamuganga kumukinyi Neymar jr bikaba vyitezwe ko vuba bashira ahabona ko vyaheze
Al Hilal yamaze kumvikana na Paris Saint Germain Neymar akaba agiye gusinya imyaka ibiri
Nkabamenyesha ko amasezerano bakiyatunganya neza

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when HP MENYA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share