23/10/2025
Boomye :🇧🇮🇧🇮 Hari ejo kumurango aho umugwi wa Flambeau du centre wafata✈️✈️werekeza mugihugu ca tanzanie aho warugiye gutana mu mitwe n'umugwi Singida
nkuko vyagaragaye kuma photo abakinyi bari banezerwe bari bakeye mumaso
woba uri umukunzi wa Flambeau du centre nturengane utavuze akajambo kumugwi wawe✅🇧🇮💪