Claude SABI

Claude SABI Claude SABI 🧑‍🔧
Call 📞+257 65496856
https://www.youtube.com 🖥️

Électricien🔌⚡🪛🔨🇧🇮

Ninde yamenye uwo arihagati ? Nico akora Ubu ??
01/07/2025

Ninde yamenye uwo arihagati ? Nico akora Ubu ??

Photo du jour capitaine Ibrahim Traore
30/06/2025

Photo du jour capitaine Ibrahim Traore

Abanywanyi b'uyu mugambwe basidukanye n'iyonka mu myiyamamazo🤦🏻‍♀️🤦🏻‍♀️🤦🏻‍♀️
17/05/2025

Abanywanyi b'uyu mugambwe basidukanye n'iyonka mu myiyamamazo🤦🏻‍♀️🤦🏻‍♀️🤦🏻‍♀️

La patrie ou la mort nous vaincrons les Burkinabés🇧🇫🇧🇫 nous sommes ensemble avec les 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
02/05/2025

La patrie ou la mort nous vaincrons les Burkinabés🇧🇫🇧🇫 nous sommes ensemble avec les 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Africa si igihugu nk*ko europe na America bayifata hubwo ni continent ukuri nuko Africa itungishije America na europe ku...
30/03/2025

Africa si igihugu nk*ko europe na America bayifata hubwo ni continent ukuri nuko Africa itungishije America na europe kubice 70% ariko africa ifatwa nkahantu hakenye cane gose knd atagaciro hahabwa kandi ariho hatanga uguterimbere kwa America na europe mbeg ikibazo kirihehe?

Europe na America bariganziye africa barayitegeka bashiraho abarongozi bashaka arico gituma uwutanguye kubaho uko badashaka baca bakwica cnk bagakura mumurongozi

Europe na America baramaze kwica abantu beshi ,kwica impano nyish za Africa, uburyo bwa bourse bazanye nukugirango batware impano nyishi za africa k*k ubuzi bwishi bukorwa nabanyafrika hanze

Musomyi wa Claude SABI ubona kugirango africa yiganzure , iterimbere ubona hasabwa iki?? Niyihe intererano kugwaruka?

Follower me SABI

Find your country flag number here and win R50000Follow me Claude SABI
24/02/2025

Find your country flag number here and win R50000
Follow me Claude SABI

⛓️  : abantu 4 bari mu minwe y'inyamiramabi bagirizwa kwica umuntu--------------------👤 Uwo yagandaguwe yari umukenyezi ...
08/01/2025

⛓️ : abantu 4 bari mu minwe y'inyamiramabi bagirizwa kwica umuntu
--------------------
👤 Uwo yagandaguwe yari umukenyezi w'imyaka 53 wo ku mutumba muri komine . Abamwishe ntibari bwamenyekane ku muhingamo wo kuri uyu wa 7 Nzero 2025

🔪 Nk'uko vyabonetse ku mubiri wiwe, yishwe acumiswe imbugita kw'izosi incuro 4, be no ku mutwe rimwe

👩🏾‍🤝‍👩🏾 Abakenyezi 2 hamwe n'abagabo 2 baraye bahagaritswe ku mvo z'amatohoza y'urupfu rw'uwo mukenyezi. Amatati y'amatongo yikekwa ko yoba ari yo ntandaro y'igandagurwa ry'uwo mukenyezi, nk'uko amakuru ava mu bajejwe intwaro abimenyesha, amatohoza akaba ariko arakorwa kugira ukuri kumenyekane, uwagirwa n'icaha aheze abihanirwe

🤔 Musomyi, mbega aho iwanyu haracari abapfa amatongo?

Claude SABI

✍️Aha zamvukira zo mw'i  ,  ,    ,   ntiziza gutahura ivyo uno mwana afise n'iyo yari avuye.Suivre 👉Claude SABI
19/12/2024

✍️Aha zamvukira zo mw'i , , , ntiziza gutahura ivyo uno mwana afise n'iyo yari avuye.

Suivre 👉Claude SABI

Amaboko arondera amahera x nayayarya Suivre 👉 Claude SABI
08/12/2024

Amaboko arondera amahera x nayayarya
Suivre 👉 Claude SABI

🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndakibona sindagifata ikibanza cambere ca  FC BarcelonaSuivre 👉Claude SABI
05/12/2024

🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndakibona sindagifata ikibanza cambere ca FC Barcelona
Suivre 👉Claude SABI

Suivre 👉 Claude SABI
03/12/2024

Suivre 👉 Claude SABI

Niyihe Chargeur Icometse Kwiyi Téléphone ?Suivre na j'aim 🙏 👉 Claude SABI
29/11/2024

Niyihe Chargeur Icometse Kwiyi Téléphone ?
Suivre na j'aim 🙏 👉 Claude SABI

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Claude SABI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share