
26/02/2025
๐๐ฉ๏ธ : yaje kuramukanya ari mu ndege
------------------------
๐ค Iyo ni imvukira yo mu ntara ya Rutana yari yaje kuramukanya no kuraba inyubakwa ziwe ku mutumba Matutu muri zone Taba
๐ข Abarongoye intwaro kuri uwo mutumba bamenyesha ko uwo mugabo asanzwe ariko ararangura imigambi harimwo n'inyubako ariko arubaka aho avuka
๐๐พ Muri iyo ndege, uwo mugabo yari yaherekejwe na bamwe mu ncuti ziwe, inyuma y'ivyari bimuzanye bakaba baciye basubira inyuma
ErnestErnest Pablo Tv showkarakura