Gang fa Ndf

Gang fa Ndf The sun

Ca Gitoro twabatangariza ko kigeze DAR SALAM kigira kibashikire aho amakamyo yamaze gupakirwa ari munzira ari hafi kwinj...
04/09/2024

Ca Gitoro twabatangariza ko kigeze DAR SALAM kigira kibashikire aho amakamyo yamaze gupakirwa ari munzira ari hafi kwinjira mu Burundi.
Ariko siyo yose n'ikindi kizoguma kiza..,Kuko kiracuzuye Dar Salam

04/09/2024

🚨🚨BOUM ✅✊ Ushobora kuba utazi abakinyi ba FC Barcelona numéro bambara canke amazina yabo

Isomere vyose hano :

Ter Stegen 1️⃣
Inaki Pena 1️⃣3️⃣
Cubarsi 2️⃣
Baldé 3️⃣
Araujo 4️⃣
Inigo Martinez 5️⃣
Gavi 6️⃣
Ferran Torres 7️⃣
Pedri 8️⃣
Lewandowski 9️⃣
Ansu Fati 🔟
Raphinha 1️⃣1️⃣
Pablo Torre 1️⃣4️⃣
Christensen 1️⃣5️⃣
Fermin Lopez 1️⃣6️⃣
Marc Casado 1️⃣7️⃣
Pau Victor 1️⃣8️⃣
Lamine Yamal 1️⃣9️⃣
Dani Olmo 2️⃣0️⃣
Frenkie De Jong 2️⃣1️⃣
Jules Koundé 2️⃣3️⃣
Éric Garcia 2️⃣4️⃣



Hello guysTurashona ama costume mezaKugiciro ciza murahaw ikazeAddress ni kuri 61898480
03/09/2024

Hello guys
Turashona ama costume meza
Kugiciro ciza murahaw ikaze

Address ni kuri 61898480

Amakuru agezweho kuruno munsi ni isanamu yarikwigaragara yerekana umuzungu yahevye iwabo aza kuba I burundi  azanwe nuku...
15/08/2024

Amakuru agezweho kuruno munsi ni isanamu yarikwigaragara yerekana umuzungu yahevye iwabo aza kuba I burundi azanwe nukuvuga
Ubutumwa bwiza

15/08/2024

Ndabaramukije
Mwese munkurikirana
Kuriyi page gang fa ndf
Ndabaramutsa aho muherereye
Hose

Ndabibutsa kugira share na like
Iyi page kugire igere kure
Hashoboka

Murakoze
Mbaye ndabashimira
Kukigoro muzogira

Good morning
08/07/2024

Good morning

06/07/2024
Umu City yaratangaje benshi mukuresha shebuja imbere y'abantu isinzi muburyo buzwi nka (demande en mariage) mugifaransa ...
23/06/2024

Umu City yaratangaje benshi mukuresha shebuja imbere y'abantu isinzi muburyo buzwi nka (demande en mariage) mugifaransa mbere nawe aramwemerera.

N'inkuru yabaye mugihugu c'ubuganda aho uwucungera umutekano muri bamwe bakunze kwita aba siti(City Security) yitoye atungura umwigeme w'umwigisha kuri kaminuza amusaba ko bokwubakana ibi abikorera mw'ibarabara ishengero rikoranye mbere n'uruja n'uruza rubanza no guhagarara, abantu babakomera amashi.

Ikinyamakuru Igbere kivuga ko abanyeshure bavuga ko uyu acungera umutekano yari asanzwe yajanywe gucunga urugo uyu mukenyezi w'umwigisha kuri kaminuza asanzwe abamwo, akaba yari ahamaze ikiringo kirenga imyaka ibiri.

Aba babandanya bavuga ko ukuntu uyu mu City yaganiriza uyu mukenyezi neza canke uko yamutera intege, ukuntu yamutwenza akamufyinatisha ndetse n'uko yamukorera utuntu twerekana urukundo ari vyo vyatumye uyu mwigisha akunda uyu acungera umutekano.

Nka kumwe abazungu babikora, aho umuhungu ashira ivi hasi imbere y'umukobwa, afise n'impeta muntoke hama akamusaba ishengero rikoranye ko bozobana nk'umugore n'umugabo niko n'uyu acungera umutekano yabikoze mbere uyu mwigisha wo kuri kaminuza nawe arabimwemerera mumunezero.

Ikinyamakuru Igbere kivuga ko uyu mwigeme yigisha kuri kaminuza yahavuye yemeza ko azosubiza kw'ishure uyu mugabo maze aheze azonamubere se w'abana biwe.


Inkomoko: https://igberetvnews.com/1446129/security-guard-proposes-university-lecturer-said-yes-photos/

23/06/2024

Kazimimana inkunda niko kajambo gaharawe muri nominsi nawe nikubibona ahuherereye?

Boxeur Francis
22/03/2024

Boxeur Francis

⛹🏿‍♂️ Amateka muri “basketball” : Dynamo igiye gukina BAL 2024 👏🏾🥳 Urukino rwo kurondera ikibanza ca 3 muri rya higanwa ...
27/11/2023

⛹🏿‍♂️ Amateka muri “basketball” : Dynamo igiye gukina BAL 2024 👏🏾

🥳 Urukino rwo kurondera ikibanza ca 3 muri rya higanwa rya “Elite 16” ryariko ribera i Johannesburg muri Afrika y’epfo rurangiye Dynamo itsinze COSPN yo muri Madagascar ku manota 79 kuri 78.

👌🏾 Ni urukino rutari rworoshe na gato, kuko iyo migwi yose yagenda ibangabanganya ku manota.

🤩 Umugwi wa Dynamo rero ukaba wandikishije amateka kuko ubaye umugwi wambere wo mu Burundi ush*tse muri BAL 🏀

🌍 BAL (Basketball African League) akaba ari ihiganwa rihuza imigwi y’umupira w’amaboko “basketball” y’ibihangange muri Afrika. Turakeje umugwi Dynamo 😉

Ishusho : Dynamo BBC

Address

Bujumbura

Telephone

+25761898480

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gang fa Ndf posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Gang fa Ndf:

Share