TAMAC TV

TAMAC TV Nos services sont: conception des cartes de toutes sortes,prendre des photos et vidéos de manière

Tanganyika Média Centre iriteguye kubanezereza mu ma service isanzwe itanga mur'izi mpera z'umwaka no muntango z'umwaka ...
17/12/2023

Tanganyika Média Centre iriteguye kubanezereza mu ma service isanzwe itanga mur'izi mpera z'umwaka no muntango z'umwaka wa 2024

14/09/2023

Abana bato barikobaraduhezagira caaane mur'iyi minsi

14/09/2023

Murahawe Kaze,turacari ku munsi wa 3,kandi turikoturafashwa caaane

08/08/2023

Urwaruka rwo mwishengero rya ENHAKKORE CENTRE CHURCH Paruwasi ya Bujumbura rwaraduteguriye igikorane c'ivugabutumwa ku c'icivugo kivuga ngo.
"NITWE MUNYU W'ISI N'UMUCO W'ISI."

Rwaruko rwo mu gisagara ca Bujumbura no mu micungararo yaco,muze dusidukane niyonka tuze kwunviriza uko twomurikira iyi si tubako ikabamwo umuco,ingene twokwongera tukazana uburyohe muriyi si abantu bakongera bakagira ivyizigiro vy'ubuzima buri imbere.

Ni ku wa gatandatu no ku wa mungu ku magenekerezo ya 12 na 13 ukubwezi.

Igikorane kizohora gitangura Isaha munani z'umutaga(14h00).

Nzohagarara nshibamye, nje ku munara wo gushibamako, nkenguze ndabe ico aribumbarire, n'ico ndibumwishure, ku vy'amagany...
31/07/2023

Nzohagarara nshibamye, nje ku munara wo gushibamako, nkenguze ndabe ico aribumbarire, n'ico ndibumwishure, ku vy'amaganya yanje. Maz' Uhoraho aranyishura, at' Andika ivyo weretswe, uvyandike ku bisate mu nyuguti zisomeka, kugira ng' ubisoma anyarutse. Kukw ivyerekanywe bifise igihe vyashingiwe, kandi vyihutira kugishikako, ntibizobesha; naho vyotebagana, ubirorere, kuko bitazobura kuza, ntibizoteba. Raba, umutima wiwe urikakishije, ntutunganye: arik' umugororotsi azobeshwaho n'ukwizera kwiwe.
Habakuki 2:1-4

22/07/2023
Ariko mweho mur' ubgoko bgatoranijwe, mukoranije kuba abami n'abaherezi, mur' ihanga ryera, abantu bashiriweho kuba inye...
22/07/2023

Ariko mweho mur' ubgoko bgatoranijwe, mukoranije kuba abami n'abaherezi, mur' ihanga ryera, abantu bashiriweho kuba inyegu yiharije, kugira ngo mukwize ishimwe ry'Iyabahamagaye, ikabakura mu mwiza, ikabash*tsa mu muco wayo utangaje: kera nta bantu mwarimwo, ariko noneho mur' abantu b'Imana; kera ntimwaribgagirirwe imbabazi, ariko noneho mwarazigiriwe.
Abo nkunda, ndabinginga, ko mur' inyambukira n'ingezi mwirinde ivyifuzo vy'umubiri birwanya ubugingo; mugire ingeso nziza mu mahanga, kugira ngo, no ku vyo babavuga nabi nk'inkozi z'ibibi, ibikorwa vyanyu vyiza babona bize bitume bahimbaza Imana ku musi ibagendeye.
1 Petero 2:9-12

19/03/2023

Ntahandi ibihe vyiza vy'impemburo biva atari kwa Yesu

08/10/2022

Apotre NIYONKURU Nuru arabihishuye vyose.Igihe kirageze ngo YESU agutabare,ntashobora kugusiga uko kuko yamenye igihe umaze umurindiririye Apotre Niyonkuru N...

28/09/2022

Uko nahuye n'umugabo wanje ku ncuro yambere

Address

Bujumbura

Telephone

+25771507390

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when TAMAC TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to TAMAC TV:

Share