Magic Channel Tv

Magic Channel Tv Welcome to our Platform
(2)

06/08/2025

Raba ukuntu Docteur agiriwe deliberation yagakura muri Kaminuza nkuru y'Ubrundi

15/07/2025

Funéraille de Astere Nzeyimana En Direct

09/07/2025

Igisata Massive Dynamic Company kigiye gutunganya ihiganwa rikomeye cane rizotwara amahera yama milioni menshi aho uwambere uwakabiri nuwa gatatu bose bazoronka amahera ashimishije.

05/07/2025

Drama-T akoze Live Music kuncuro yambere iri kurwego rwo hejuru /Brand Ambassador Brok + Exo

19/06/2025

"NI MWEMA" une chanson signée ...✍🏽 Divine Light ✨, kumasanamu meza yakozwe na Brian Smith 🎥, Uyu Mwigeme aje kuyindi souffle🔥

Indirimbo cette fois ci en swahili, vision ✈️, message très touchant avec une voix angélique 🫠🗣️✨
Tuyindire très soon🫶🏾❤️🎶🎵🥰




#🙏🏾🫶🏾🔥✨

18/06/2025

Prophèt Joshua nishavu ryinshi avuye mugacerere /ntamiti nagiye kurondera mugihugu ca Nigeria

09/06/2025

B-Face nishavu ryinshi ahaye gasopo Dj Paulin kumajambo yavuze/Drama -T niwe yabigarukanye vyaraheze

09/06/2025

Umugore wambere mu Burundi 🇧🇮afise impano nkiya KiGiNGi nkuyu turamuhuje nawe mw’ijoro rimwe gusa

02/06/2025

F***y lavine naho ari mu mugongo wa NSORO tuzohuza tu/ KAMARIZA kuvyarira umwana ESTIME mumpisho

28/05/2025

KaSummer Song iragarutse kuyindi mpwemu kuncuro igira gatatu Ihiganwa ritegurwa na Kazoza fm itariki 20/05/2025 niho Final izoba aho abatsindiye bazoronka udushimwe

20/05/2025

Umwana wa Kigingi avuye mugacere/yambwiye ngende gahoro kubera bitoroshe/Kigingi yanyigishije vyinsh

11/05/2025

Nella ahaye gasopo F***y Lavine // Nasanze turi inryarya ntarukundo muri twebwe//jewe barambeshe

Address

Bujumbura

Telephone

+25779402636

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Magic Channel Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Magic Channel Tv:

Share