Back Hit News

Back Hit News BACK HIT News montre diverses informations du monde que ca soit sa nature.

15/03/2026

BACK HIT NEWS Ntibizoba vyoroshe ๐Ÿ˜…: uwuzonyarutsa kwihereza urukwavu๐Ÿฐ RWOSE agaheza imbere y'abandi, ba Miss Burundi baz...
16/02/2026

BACK HIT NEWS Ntibizoba vyoroshe ๐Ÿ˜…: uwuzonyarutsa kwihereza urukwavu๐Ÿฐ RWOSE agaheza imbere y'abandi, ba Miss Burundi bazomuhagurutsa, atore 1.000.000Fbu, atahe kuruhuka!

Itegure rero. Ubwire uyo mugenzi ubona yokwipima๐Ÿฆท...

โŒ Umukinyi wa Ninde   aracari muzima, ntiyapfuye-------------------------------๐Ÿ—ฃ๏ธ Hari inkuru y'incamugongo igorobeje ic...
14/02/2026

โŒ Umukinyi wa Ninde aracari muzima, ntiyapfuye
-------------------------------
๐Ÿ—ฃ๏ธ Hari inkuru y'incamugongo igorobeje ica ku buhinga ngurukanabumenyi ivuga ko umukinyi w'inzobere wa azwi kw'izina rya Kireko, yoba yitavye Imana

๐Ÿ™…๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ Sivyo namba. Nk'uko uwumugwaje abitumenyesheje ubunyene, uwo mukinyi yinjiye ibitaro kuri Kira Hospital kuri uyu wa 12/2/2026, amagara atifashe neza. Ariko gushika ubu ngo akaba ariko aratora mitende

STIDE Promoters

โšฝ BACK HIT NEWS: INKINO ZARAYE ZIBAYE๐ŸŸ๏ธโ€‹Nimba utaraye urevye umupira,  incamake yโ€™ivyabaye hirya no hino ku isi mw'ijoro...
13/02/2026

โšฝ BACK HIT NEWS: INKINO ZARAYE ZIBAYE๐ŸŸ๏ธ

โ€‹Nimba utaraye urevye umupira, incamake yโ€™ivyabaye hirya no hino ku isi mw'ijoro ryakeye! ๐ŸŒ

โ€‹๐Ÿฆ Ubwongereza: Premier League

โ€‹Brentford 1โ€“1 Arsenal: Gunners itakaje amanota abiri y'ingenzi! Mbe Arsenal ntiri munzira yo kuva kigikombe ? ๐Ÿคจ

โ€‹๐Ÿ† Espagne: Copa del Rey

โ€‹Atl. Madrid 4โ€“0 Barcelona: Amash*tani Atukura yo muri Espagne yakanyaguye Barca! Ibi ntivyari vyitezwe na benshi. ๐Ÿ˜ฑ

โ€‹๐ŸŸ Ububiligi: Coupe de Belgique
โ€‹Antwerp 0โ€“4 Anderlecht

โ€‹๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ Arabiya Sawudite: Saudi Pro League
โ€‹Damac 2โ€“1 Al Taawon
โ€‹Al Hazem 2โ€“1 Al Okhdood
โ€‹Al Qadsiah 1โ€“0 Neom SC

โ€‹๐Ÿ’ƒ Ligue des Champions (Abagore)
โ€‹Wolfsburg 2โ€“2 Juventus
โ€‹Atl. Madrid 0โ€“3 Man Utd: Man Utd ikomeje kwerekana ko imbere ari heza!

โ€‹๐Ÿ“ฃ Ikibazo c'Umunsi:
Mbe hagati ya Atletico Madrid yatsinze Barca 4 n'urugendo rwa Arsenal rugeze aharindimuka, ni iki cagutangaje kurusha ibindi?

โ€‹โœ๏ธ Andika iciyumviro cawe hano munsi!

Mu misi itatu, umukuru w'igihugu c'U   Evariste Ndayishimiye azoshikira uburongozi bw'Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa    (Afri...
12/02/2026

Mu misi itatu, umukuru w'igihugu c'U Evariste Ndayishimiye azoshikira uburongozi bw'Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa (African Union) mu kiringo c'umwaka. Ibirori bizobera ku cicaro gikuru c'iryo shirahamwe i Addis Abeba, muri Ethiopie, mu nama y'abakuru b'ibihugu n'amareta agize iryo shirahamwe igira 39 izoba ku magenekerezo ya 15 na 16 Ruhuhuma.

Ntandoto yokuba president nigera ndota ishwiii da!!
11/02/2026

Ntandoto yokuba president nigera ndota ishwiii da!!

Back hit news  Les rรฉsultats de 5e journรฉe et Classement de ๐‹๐€ ๐‚๐Ž๐”๐๐„  ๐ƒ๐„ ๐‹๐€ ๐‚๐Ž๐๐…๐„๐ƒ๐„๐‘๐€๐“๐ˆ๐Ž๐ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฑ-๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฒ  :  ๐†๐—ฟ๐—ผ๐˜‚๐—ฝ๐—ฒ ๐€โ– San Ped...
11/02/2026

Back hit news Les rรฉsultats de 5e journรฉe et Classement de ๐‹๐€ ๐‚๐Ž๐”๐๐„ ๐ƒ๐„ ๐‹๐€ ๐‚๐Ž๐๐…๐„๐ƒ๐„๐‘๐€๐“๐ˆ๐Ž๐ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฑ-๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฒ :

๐†๐—ฟ๐—ผ๐˜‚๐—ฝ๐—ฒ ๐€
โ– San Pedro ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฎ 2-3 ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฟ USM Alger
โ– OC Safi๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆ 2-1 ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฑDjoliba AC

๐Ÿญโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฟ USM Alger 13 pts (+5)โœ…
๐Ÿฎโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆ OC Safi 12 pts (+2)โœ…
๐Ÿฏโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฎ San Pedro 3 pts (-2)โŒ
๐Ÿ’โ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฑ Djoliba AC 1 pt (-6)โŒ

๐†๐—ฟ๐—ผ๐˜‚๐—ฝ๐—ฒ ๐
โ– Azam FC๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ 1-0 ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉManiema Union
โ– Nairobi United ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช 0-1 ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆWydad AC

๐Ÿญโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆ Wydad AC 12 pts (+5)โœ…
๐Ÿฎโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ Maniema Union 9 pts(+2)
๐Ÿฏโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟAzam FC 9 pts (+0)
๐Ÿ’โ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช Nairobi United 0 pt (-7)โŒ

๐†๐—ฟ๐—ผ๐˜‚๐—ฝ๐—ฒ ๐‚
โ– AS Otohรด๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฌ 3-0 ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆStellenbosch
โ– Singida Black Stars๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ 0-1 ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฟCR Belouizdad

๐Ÿญโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฟ CR Belouizdad 12 pts (+5)โœ…
๐Ÿฎโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฌ AS Otohรด 9 pts (+5)โœ…
๐Ÿฏโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ Singida Black Stars 4 pts (-3)โŒ
๐Ÿ’โ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ Stellenbosch 4 pts (-7)โŒ

๐†๐—ฟ๐—ผ๐˜‚๐—ฝ๐—ฒ ๐ƒ
โ– Zesco United๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ 1-0 ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌZamalek SC
โ– Kaiser chiefs๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ 2-1 ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌAl-Masry

๐Ÿญโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ Kaizer Chiefs 10 pts (+2)
๐Ÿฎโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌ Zamalek SC 8 pts (+1)
๐Ÿฏโ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌ Al Masry 7 pts (+0)
๐Ÿ’โ–ช๏ธŽ ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ Zesco United 3 pts (-3)โŒ

STIDE Promoters

11/02/2026
๐Ÿšจ BREAKING NEWS: Barcelona itafadhili ujenzi wa minara 4 ya kifahari huko Dubai. ๐Ÿ’™โค๏ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ชKlabu tayari imepokea malipo ya aw...
10/02/2026

๐Ÿšจ BREAKING NEWS: Barcelona itafadhili ujenzi wa minara 4 ya kifahari huko Dubai. ๐Ÿ’™โค๏ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช
Klabu tayari imepokea malipo ya awali kati ya โ‚ฌ6โ€“8m, na inatarajia kupata mapato ya takriban โ‚ฌ10m kwa mwaka. ๐Ÿ’ฐ
Ndani ya minara hiyo, kutakuwa pia na duka la Barรงa pamoja na makumbusho madogo, kwa mujibu wa taarifa ya Mundo Deportivo.

Sourse: Fabrizio romano
STIDE Promoters

09/02/2026

Yampano yabura kugira umuziki ndudi uterimbere ugere kure cane

Address

Butihinda
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Back Hit News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Back Hit News:

Share