๐… ๐Œ๐ž๐ฅ๐จ๐๐ฒ ๐Ž๐Ÿ๐Ÿ๐ข๐œ๐ข๐ž๐ฅ

  • Home
  • Burundi
  • Bujumbura
  • ๐… ๐Œ๐ž๐ฅ๐จ๐๐ฒ ๐Ž๐Ÿ๐Ÿ๐ข๐œ๐ข๐ž๐ฅ

๐… ๐Œ๐ž๐ฅ๐จ๐๐ฒ ๐Ž๐Ÿ๐Ÿ๐ข๐œ๐ข๐ž๐ฅ ๐Ž๐…๐…๐ˆ๐‚๐ˆ๐„๐‹ ๐…๐š๐œ๐ž๐›๐จ๐จ๐ค ๐ฉ๐š๐ ๐ž

๐ŸŽค๐ŸŽผ๐ŸŽผArtist from GTG๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Whatsap 61812378

Follow me๐Ÿ‘

๐Ÿ”ต๐Ÿ”ดReal Madrid nyuma yogushika Mugisagara can Liverpool bataranaruhuka bash*tse bagendera igituro canyakwigendera Diego J...
04/11/2025

๐Ÿ”ต๐Ÿ”ดReal Madrid nyuma yogushika Mugisagara can Liverpool bataranaruhuka bash*tse bagendera igituro canyakwigendera Diego Jota umukinyi wahora akinira iyo equipe aheruka kwitaba imana ngira mwese muravyibuka

uwo ni Xabi Alonso ahoyajanye na Trent Alexandre arnord kuricogituro bagiye gushirako amashurwe โœ…

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅโ™จ๏ธ๐ŸŽฏ INKURU NSHASHA ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘๐Ÿผ๐Ÿง ๐ŸฅนKubafana ba   mwomenya ko Raphaรซl Dias Beloli   Wamugabo wanje๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿฅน ariko arakira neza ,kandi...
04/11/2025

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅโ™จ๏ธ๐ŸŽฏ INKURU NSHASHA ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘๐Ÿผ

๐Ÿง ๐ŸฅนKubafana ba mwomenya ko Raphaรซl Dias Beloli Wamugabo wanje๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿฅน ariko arakira neza ,kandi ntiyakuyeho ko ashobora gusubira mukibuga ๐ŸŸ๏ธ ku rukino ruzoba mu mpera z'ino ndwi n'urukino ruzokurikira inyuma yuruzoba k'umusi w'ejo ruzohuza FC Barcelone na CLUB Bruges ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿง ๐Ÿคฃ Urukino rero yitezwemwo n'urukino ruzoba kumusi w'Imana igenekerezo rya9/11/2025 .Urukino ruzohuza Umurwi wa hamwe n'umurwi wa rw'umusi ugira 12 munkino za LALIGA ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฆ ๐Ÿ† ,ruzotangura isaha ๐Ÿ•– 20h00(GMT) kuri Stade ๐ŸŸ๏ธ Estadio de Balaidos.โœ…

more ๐Ÿšถ๐Ÿผ๐Ÿƒ๐Ÿผ

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต :๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ Umnyamideli kazi "Bianca censori" umugore wumu Raperi "Kanye west" inyuma y'igihe kitari gito yaje gusubira mugih...
04/11/2025

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต :๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ Umnyamideli kazi "Bianca censori" umugore wumu Raperi "Kanye west" inyuma y'igihe kitari gito yaje gusubira mugihugu camavuko y'iwe muri Australia ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡บ inyuma y'amezi menshi aguma agaragara munyambaro itikwije muri U.S.aho y'agaragaye mumuji yavukiyemwo wa Melbourne, uri muri Australia.

๐ŸŸข Abatanga makuru bavuga ko yagaragaye ko aruhutse kandi yishimye, akoresha umwanya atuje hamwe n'umuryango n'inshuti kure y'ivyiyumviro yarimwo. Aho gusubira mu rugo yasanze afise abafana beshi - hamwe na benshi bibaza niba ibi bizomara igihe gito canke ace ahita asubira kumugabo murugo.

โœ๏ธNigiki unegura kurino couple uravye kunyifato y'abo...?

call me F Melody elody

call me  sorry kuba fans sinabaye umuhemu
24/10/2025

call me

sorry kuba fans sinabaye umuhemu

welcome duze gusangira
21/10/2025

welcome duze gusangira

12/10/2025

Mention spรฉciale ร  mes nouveaux(elles) super fans ! Fani-boy Olb, Don Kin Fiacre, Ig'rikigongwe Fiarce, Olivier Girou

12/10/2025

welcome guys

Haburana babiri hagatsinda umwe
09/10/2025

Haburana babiri hagatsinda umwe

intamba zacu
09/10/2025

intamba zacu

call me
09/10/2025

call me

17/09/2025

Address

Bujumura
Bujumbura

Telephone

+25761812378

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ๐… ๐Œ๐ž๐ฅ๐จ๐๐ฒ ๐Ž๐Ÿ๐Ÿ๐ข๐œ๐ข๐ž๐ฅ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ๐… ๐Œ๐ž๐ฅ๐จ๐๐ฒ ๐Ž๐Ÿ๐Ÿ๐ข๐œ๐ข๐ž๐ฅ:

Share

Category