MSCA TV

MSCA TV Misca TV est engagé de renforcer le développement de communication et d'information pour avoir le Burundi meilleur et prospère

18/03/2022
18/03/2022

kimwe muvyatumye uza aha kwisi harimwo kuronka ubugingo busagutse

20/01/2022
NIMBONEKARIMWENkukwo mubibona kw'isanamu uwo ni nyenicubahiro umukuru w'igihugu varisito Ndayishimiye bamwe nabandi bati...
19/01/2022

NIMBONEKARIMWE
Nkukwo mubibona kw'isanamu uwo ni nyenicubahiro umukuru w'igihugu varisito Ndayishimiye bamwe nabandi bati ntitwari bwabibone,biraboneka neza KO ibijanye nakaranga vyahagurukiwe nawe niko ubibona?

HARICO VYICA MU MICO Y ABARUNDI?Nkukwo mubibona kw'isanamu Ubu n'ubukwe bwabaye ikitari kimenyerewe n'uwo mwambaro w'umu...
26/12/2021

HARICO VYICA MU MICO Y ABARUNDI?
Nkukwo mubibona kw'isanamu Ubu n'ubukwe bwabaye ikitari kimenyerewe n'uwo mwambaro w'umugeni!
Ayo masanamu yagumye akwiragizwa mu binyamakuru bitandukanye dushimye kuyigarukana,mugihe bamwe bavuga KO bari baberewe abandi bati ahibambewe n'uguta akaranga nawe ubibona gute?
Vyoba bitosekaza umuco w'abarundi?
Mwibuke gufonda j'aime kugira mugume mudukwirikirana vyoroshe

RUHUKA AMAHOROMusenyeri Desmond Tutu w'ishengero rya anglikane mu  gihugu c'afrika yepfu yitavye ImanaTwibutse KO uwo mu...
26/12/2021

RUHUKA AMAHORO
Musenyeri Desmond Tutu w'ishengero rya anglikane mu gihugu c'afrika yepfu yitavye Imana
Twibutse KO uwo mukozi w'Imana yabaye rurangiranwa muguharanira agateka kazina muntu aho mbere yanaronse agashimwe kitiriwe Nobel mumwaka 1984.
Yaranagenywe ngo y'unganire umuhuza nyerere mumwaka 1995 mu magume yari mu Burundi
Musenyeri Desmond tutu ashengeye afise imyaka 90,abanyafrika bamuzi kandi nkuwagwanije cane intwaro karyanisha miryango y'apartheid.Imana imwakire mubwami bwayo.

IGIKOGWA C'UBUTWARIHari inkuru iriko iravugwa cane kw'isi n'iyu mugabo mubona kw'isanamu nuwo mugihugu ca zimbabwe,yaray...
26/12/2021

IGIKOGWA C'UBUTWARI
Hari inkuru iriko iravugwa cane kw'isi n'iyu mugabo mubona kw'isanamu nuwo mugihugu ca zimbabwe,yaraye akoze igikogwa gikomeye aho yemeye akaja mu mumuriro uhinda nkuko mubibona kuriyo sanamu ya bus iriko irasha
Nkukwo mubibona ngo ntaco kuba yarahiye igikomeye n'ukwo yarokoye ubuzima bw'abantu bari muriyo bus yariko irasha vyari vyanse KO bayikuramwo .
Aho iwanyu abantu nkabo bariho?bihebera abandi?akajambo kamwe kuruwo mugabo!

 Miss Dative yash*tse i Abuja muri Nigeria mwihiganwa rya miss university africa ,Yaserukiye uburundi akajambo kamwe kur...
04/12/2021


Miss Dative yash*tse i Abuja muri Nigeria mwihiganwa rya miss university africa ,
Yaserukiye uburundi akajambo kamwe kuriwe!

Ninde yibuka uwu mugabo ?
04/12/2021

Ninde yibuka uwu mugabo ?

03/12/2021

Sentare muri Libiya kuri uyu wa kane yemeje ko Seif al-Islam Kadhafi, umuhungu wa Moamar Kadhafi ashirwa ku rutonde rw’abakandida mu matora y’umukuru w’igihugu yo muri uku kwezi. Kimisiyo y’amatora yari yasubije inyuma kandidatire yiwe, ivuga ko amategeko agenga amatora akumira umukandida...

Ngivyo ibitaro vyakarorero bigiye kwubakwa mu ntara ya makamba
02/12/2021

Ngivyo ibitaro vyakarorero bigiye kwubakwa mu ntara ya makamba

Address

Avenue De L'amitié
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MSCA TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share