Thierry_Og

Thierry_Og Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Thierry_Og, Media/News Company, Bujumbura.

Aba bagabo bubahwe kwl iyo bakinanye na messi ningombwa batsinde igihe messi yaramaze inkino zibiri adatsinda psg vyaray...
17/10/2022

Aba bagabo bubahwe kwl iyo bakinanye na messi ningombwa batsinde igihe messi yaramaze inkino zibiri adatsinda psg vyarayigoye gutsinda.messi yubahwe kabisa

Umwami wumupira wamaguru ninde apinga?
24/09/2022

Umwami wumupira wamaguru ninde apinga?

28/08/2022
22/08/2022

🚨🚨 Muri Uganda πŸ‡ΊπŸ‡¬ , Umuririmvyi Jose Mayanja azwi nka Jose Chameleone yavuze ko yamaranye n'umugore wiwe Daniella Atim imyaka ibiri mu nzu imwe batararyamana .
Yavuze ukuntu vyamugoye cane kugira akundane n'umukunzi wiwe.
Yavuze ko bahuye Igihe kimwe I Kampala , asaba umugenzi wiwe numero ya Daniella nawe amubwira ayimwisabire , nuko Daniella ayimusavye arayimwima amubwira ko amukeneye yoza araca kuruwo mugenzi wiwe.
Mu nyuma baza kumenyerana barakundana hanyuma aza kuba munzu yabamwo Jose Chameleone ariko akiri umunyeshure .
Jose Chameleone akavuga ko babanye muriyo nzu imyaka ibiri kugeza bubakanye atararyamana nawe , Chameleone avuga ko umugore wiwe afise ukwihangana atari bwigere abona .
Baciye bubakana mu mwaka wa 2008 baza kuvana muri 2018 amwagiriza kumutoteza mu nyuma basubire kwubakana .
Jose Chameleone amenyesha ko Daniella Akim ar'umufasha w'indoto ziwe .

Source : Pulse Uganda

❀️

21/08/2022
09/08/2022

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Thierry_Og posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share