WARI UBIZI

WARI UBIZI Amakuru ya hano na hariya+Iyamamaza ryiza kandi ryizewe mubuhinga bwa none

11/09/2025

Unomugabo n'umwiyahuzi nukuri kw'Imana yo mwijuru

Neymar Jr : « Muri PSG, narasavye Messi ngo aze aratera ama pénalty, ac'ambwira ngo ' OYA, sindi hano kubw'ivyo. Kimwe w...
11/09/2025

Neymar Jr : « Muri PSG, narasavye Messi ngo aze aratera ama pénalty, ac'ambwira ngo ' OYA, sindi hano kubw'ivyo. Kimwe we uzitere canke uzihe Mbappé. Ntiyigeze anashwana. Aratekereje cane. »

11/09/2025

Ikosa ry'umukobwa adafise uburere bwiza rimukweheye kwumvisha nyina ibiterasoni

10/09/2025

Uko baryamira umugabo ndapfuye noneho🤣🤣🤣🤣

10/09/2025

Nyambika ifime Mana kuko ibirubu bisaba kwijijisha ngaho rero bikaba birabaye

10/09/2025

Wewe working umukino nkuwu??🤣🤣🤣🤣

09/09/2025

Hagati y'umugabo n'umugore ninde yakoze amakosa aha🤣🤣🤣

09/09/2025

Dore ukuntu abakizwa bavyatsa ngo kubita icoca🤣

09/09/2025

Intambo zigezweho zitegurwa uku

09/09/2025

Tekinologiya 🤣🤣🤣🤣

09/09/2025

Umusuma arafashwe imisi 40 irakwiye bamumereye nabi kugeza aho bamuteza inzuki n'inzoka 🤣🤣🤣🤣

08/09/2025

Bakubwiye gutegura uku niko bategura rero

Address

Bujumbura

Telephone

+25761811969

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when WARI UBIZI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to WARI UBIZI:

Share