G-vision movies magazine

G-vision movies magazine Do your Best and People May Like it

Aigle Noir vs Djibuti
21/09/2025

Aigle Noir vs Djibuti

28/08/2025
Visiter pour découvrir le monde 🗺️
29/07/2025

Visiter pour découvrir le monde 🗺️

02/05/2025

n'umushikiranganji ajejwe ikigega ca Reta Nestor Ntahontuye kuri uyu wa 2 Rusama 2025, imbere y'Inama Nshingamateka yagize ati :

⚠️Uwuzogura ikintu cose ntasabe inyemezabuguzi (facture), ivyo azoba yaguze azovyakwa abisubizwe ari uko arishe ibice 20% vy'igiciro c'ivyo yari yatswe..."
------------------------
🤦🏿"Ni mw'ihimirizwa ry'uko abantu bose bategerezwa gutanga amakori ndetse n'abatari bayatanze bakayishuzwa hakoreshejwe inguvu. Muri ico gikorwa nyene, harashizweho umurwi w'abaporisi ufashanya n'ikigo kandi baratanga umusaruro"

"Mu ntumbero yo guhasha abadandaza banka gutanga amakori, uwuzogura ikintu ntasabe inyemezabuguzi (facture), ivyo yaguze azovyakwa abisubizwe ari uko arishe ibice 20%. Kikaba ari igikorwa ca bose cane cane abajejwe intwaro n'umutekano kugira ngo zishobore gufasha kugira abantu bose batange amakori ata n'umwe avuyemwo, gutyo ubutunzi bw'igihugu bwisununure"

Kwetu Burundi
19/04/2025

Kwetu Burundi

Chorale Ijwi ry'abamarayika SDA Muyinga-centre
09/02/2025

Chorale Ijwi ry'abamarayika SDA Muyinga-centre

Address

Avenue De L'amitié
Bujumbura
<<00>>

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when G-vision movies magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to G-vision movies magazine:

Share