Tuvuge Kuri Sports

Tuvuge Kuri Sports Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tuvuge Kuri Sports, Media/News Company, Mukaza, Bujumbura.

๐Ÿคฃ๐Ÿ˜ญ
30/05/2025

๐Ÿคฃ๐Ÿ˜ญ

โ›”๏ธโ›”๏ธโ˜ ๏ธ๐Ÿ™† Tottenham yegukanye igikombe ca Europa league itsinze Manchester united igitego kimwe kubusa       Manchester un...
21/05/2025

โ›”๏ธโ›”๏ธโ˜ ๏ธ๐Ÿ™† Tottenham yegukanye igikombe ca Europa league itsinze Manchester united igitego kimwe kubusa

Manchester united:0-1: Tottenham
Manchester kumwanya wa 16 muri premier Ligue Tottenham kumwanya wa 17 mbegamateka ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
Tottenham ikaba inaronse I ticket yo kuzokina UEFA champions league iri kumwanya wa 17 ๐Ÿ˜„๐Ÿ˜„๐Ÿ˜„
Kurundi ruhande Heing Miun son amaze imyaka 10 akinira Tottenham nkuwabigizumwuga agiye yatwara igikombe ciwe cambere mumateka ๐Ÿ˜ฑ
Mbegumunezero ubu tuvugana London yabaye umweru gusa

โ›”๏ธโ›”๏ธโ›”๏ธโš ๏ธโš ๏ธ Hero umucunguzi Nigute Van de Ven yakuyemwo iki gitsindo Manchester united yarigomboye iyi niyo ntwari ya Tot...
21/05/2025

โ›”๏ธโ›”๏ธโ›”๏ธโš ๏ธโš ๏ธ Hero umucunguzi Nigute Van de Ven yakuyemwo iki gitsindo Manchester united yarigomboye iyi niyo ntwari ya Tottenham kuriyi Finale ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ

๐Ÿ”ต๐ŸŸฃ๐Ÿ† Ballon d'or Ivyo bazokurikiza kugira ngo uze utsindire  umupira wโ€™inzahabu wo mu 2025: โ—Ž bazoraba Ivyo umukinyi yako...
19/05/2025

๐Ÿ”ต๐ŸŸฃ๐Ÿ† Ballon d'or Ivyo bazokurikiza kugira ngo uze utsindire umupira wโ€™inzahabu wo mu 2025:

โ—Ž bazoraba Ivyo umukinyi yakoze ku giti ciwe harimwo nโ€™ingingo zihambaye yagezeko kandi zidasanzwe

โ—Ž Capacitรฉs mwerekanye sezo yose kugira mushike kubihambaye vyiza mwash*tseko sezo yose kumurwi bifatanye nibikombe watahukanye mumurwi bizoharurwa

โ—Ž Uburanga n'ugukina mu buryo bubereye arico Fair Play bizorabwa

ivyo kuraba ico umukinyi yash*tseko mu gihe kirekire muri Carriรจre vyakuwe ntibazobiraba bazoraba uko wigaragaje ino sezo yose

Itariki 22/9/2025 Ballon d'or umukinyi nyeneyo azoyihabwa

[L'รฉquipe ]

โ˜ ๏ธ Aha hantu muha iyihe migwi kuzokwitabira imikino ya Ligue Des Champion Urukino ruzoba ruteyamakenga nuruzohuza umugwi...
19/05/2025

โ˜ ๏ธ Aha hantu muha iyihe migwi kuzokwitabira imikino ya Ligue Des Champion
Urukino ruzoba ruteyamakenga nuruzohuza umugwi wa Chelsea football club Na Nottingham Forest
Uwuzotsinda niwe azokina Ligue Des Champion

๐Ÿ›‘ Ngo bigenzegute aho hakurya Derby yi Londedre    Chelsea 1:0 Tottenhamโšฝ๏ธEnzo FernandezUrukino rutari rworoshe kumpande...
03/04/2025

๐Ÿ›‘ Ngo bigenzegute aho hakurya Derby yi Londedre
Chelsea 1:0 Tottenham
โšฝ๏ธEnzo Fernandez

Urukino rutari rworoshe kumpande zose habayemwo ukwigaragaza kwaba nyegori , ariko igitangaje ni performance yumuhungu akina hagati MOISES CAICEDO mwabaantumwe dushobora kubona Iniesta wumwirabure๐Ÿ˜…๐Ÿ˜… ubu umugwi wa Chelsea Football club uciye kugaruka muri zine zambere irusha amanota 2 Manchester city
Twitege kubona Chelsea Football club muri Ligue des Champions iyi saison ??

๐Ÿ›‘โš ๏ธ Umunwa Abahungu ba Brazil ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ท bari bafise mubinyamakuru , nka Raphinha bawuzibije ibitsindo 4 vyose kuri 1 . Argentin...
26/03/2025

๐Ÿ›‘โš ๏ธ Umunwa Abahungu ba Brazil ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ท bari bafise mubinyamakuru , nka Raphinha bawuzibije ibitsindo 4 vyose kuri 1 . Argentina itagira Leo Messi ariko ikaba ifise Uwo bita Enzo Fernandez Birangiye ibakosoye daaa

๐Ÿ‘‹โœ… UBurundi bwaraye butsinze imvura y'ibitsindo

๐Ÿ‘‹ Tanzania yakubiswe na Morocco 2โ€“0

๐Ÿ‘‹ URwanda Rwaraye runganije na Lesotho

๐Ÿ“ถ Inkino zo kuwa 25/03/2025 zagenze uku:

FT: ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ท Argentina 4โ€“1 Brazil ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ท๐Ÿคฃ
FT:๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Burundi 5-0 Seychelles ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡จ

FT:๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ด Angola 1-2 Cape verde ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ป
FT:๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Rwanda 1-1 Lesotho ๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ธ
FT:๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ Nigeria 1-1 Zimbabwe ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ผ
FT:๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ Uganda 1-0 Guinea Conakry ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ณ
FT:๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฏ Benin 0-2 South Africa ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ
FT:๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌ Egypt Sierra 1-0 Leone ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฑ
FT:๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ผ Botswana 2-0 Somalia ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ด

FT:๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฒ Cameroon 3-1 Libya ๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡พ
FT:๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฉ Sudan 1-1 South sudan ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ธ
FT: ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ฒ Comoros 1-0 Chad ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฉ
FT: ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฟ Algeria 5โ€“1 Mozambique ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฟ
FT: ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ณ Senegal 2-0 Togo ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฌ
FT: ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ท Mauritania 0-2 RD Congo ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ
FT: ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆ Morocco 2-0 Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ

FT:๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฉ Moldova 2-3 Estonia ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ช
FT:๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ Israรซl 2-4 Norway ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ด
FT:๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ฎ Liechtenstein 0-2 Kazakhstan ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ฟ
FT:๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฐ North Macedonia 1-0Wales ๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ท๓ ฌ๓ ณ๓ ฟ
FT:๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ฎ Gibraltar 0-3 Czech
FT:๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ช Montenegro 1-0 Faroe Islands ๐Ÿ‡ซ๐Ÿ‡ด

FT:๐Ÿ‡ฏ๐Ÿ‡ต Japan 0-0 Saudi Arabia ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ
FT:๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ท South Korea 0-0 Jordan ๐Ÿ‡ฏ๐Ÿ‡ด
FT:๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ณ China 0-2 Australia ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡บ
FT:๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ฌ Kyrgyzstan 3-1 Qatar ๐Ÿ‡ถ๐Ÿ‡ฆ
FT:๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฉ Indonesia 1-0 Bahrain ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ญ
FT:๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท Iran 2-2 Uzbekistan ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฟ
FT:๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ฎ Korea DPR 1-2 UAE ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช
FT:๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ผ Kuwait 0-1 Oman ๐Ÿ‡ด๐Ÿ‡ฒ
FT:๐Ÿ‡ต๐Ÿ‡ธ Palentine 2-1 Iraq ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ถ

FT:๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ด Bolivia 0-0 Uruguay ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡พ

FT:๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฒ Myanmar 2-1 Afghanistan ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ซ
FT:๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ผ Chinese Taipei 1-2 Turkmenistan ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฒ
FT:๐Ÿ‡ต๐Ÿ‡ญ Philippines 4-1 Maldives ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ป
FT:๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฏ Tajikistan 1-0 West Timor ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฑ
FT:๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡น Butรกn 0-0 Yemen ๐Ÿ‡พ๐Ÿ‡ช
FT:๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ญ Thailand 1-0 Sri Lanka ๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ฐ
FT:๐Ÿ‡ป๐Ÿ‡ณ Vietnam 5-0 Laos ๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ฆ
FT:๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฌ Singapore 0-0 Hong Kong ๐Ÿ‡ญ๐Ÿ‡ฐ
FT:๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ณ India 0-0 Bangladesh ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฉ
FT:๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡พ Malaysia 2-0 Nepal ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ต
FT:๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡พ Syria 2-0 Pakistan ๐Ÿ‡ต๐Ÿ‡ฐ
FT:๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ง Lebanon 5-0 Brunei ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ณ

FT:๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡บ Russia 5-0 Zambia ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฒ
FT:๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ช Sweden 3-0 Northern Ireland ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ช

๐Ÿ›‘๐Ÿ™Œ Inkino 4 Uburundi busigaje gukina mw'ihiganwa ryo kurondera itike ryo kuzokina igikombe c'isi :01/09 Cรดte d'Ivoire ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฎ...
25/03/2025

๐Ÿ›‘๐Ÿ™Œ Inkino 4 Uburundi busigaje gukina mw'ihiganwa ryo kurondera itike ryo kuzokina igikombe c'isi :

01/09 Cรดte d'Ivoire ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ†š ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Burundi
08/09 Gambia ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ฒ ๐Ÿ†š ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Burundi

06/10 Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ†š ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช Kenya
13/10 Gabon ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ฆ ๐Ÿ†š ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Burundi

Muri 2025, urukino rumwe nirwo tuzorabira kukibuga cacu Intwari. Murabona muri izi nkino tuzohava dutsindamwo zingahe ?

๐ŸคŒ๐Ÿฝโœ… FT : Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 5- 0 Seychelles ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡จโšฝ Christophe Nduwarugiraโšฝ โšฝ Caleb Bimenyimana โšฝ Kanakimanaโšฝ Jean Claude Girumugish...
25/03/2025

๐ŸคŒ๐Ÿฝโœ… FT : Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 5- 0 Seychelles ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡จ
โšฝ Christophe Nduwarugira
โšฝ โšฝ Caleb Bimenyimana
โšฝ Kanakimana
โšฝ Jean Claude Girumugisha

๐ŸคŒ๐Ÿฝ Ntamufana hari UBurundi bukubitiye Seychelles muri Morocco 5 zero ๐Ÿ‘‹

๐Ÿ’ชIntsinzi ya mbere kuri Sangwa Patrick na Staff technique yiwe.

๐Ÿ“ถ Standings: 6 Games

1. Cรดte d'Ivoire 16 pts
2. Gabon 15 pts
3. Burundi 10 pts
4. Kenya 6 pts
5. Gambie 4 pts
6. Seychelles 0 pts

Intamba Murugamba zigiye kure gato ya Kenya kurutonde rw'aka kanya munkino 6.

โœ๏ธUrukino warubonye gute ?

๐Ÿ›‘โœ… HT : Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 3-0 ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡จ Seychelles๐ŸคŒ๐Ÿฝ๐Ÿ’ฅ Umugore wa Bose ariko aratsindwa n'Intamba Murugamba ibitsindo 3 vyose kubusa mu...
25/03/2025

๐Ÿ›‘โœ… HT : Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 3-0 ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡จ Seychelles

๐ŸคŒ๐Ÿฝ๐Ÿ’ฅ Umugore wa Bose ariko aratsindwa n'Intamba Murugamba ibitsindo 3 vyose kubusa mugice รงa mbere.

B. Bimenyimana 2 na C. Nduwarugura 1

๐Ÿ‘‹ Mubona biza kurangira gute ๐Ÿ‘€๐Ÿคฏ?

Address

Mukaza
Bujumbura

Telephone

+25771237280

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tuvuge Kuri Sports posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share