13/04/2025
YES GLOBAL BURUNDI = YES WE CAN.
Ndabahaye Mwaramutse canke mwiriwe mwese umwe wese bivanye n'aho aherereye.
Hari kumusi wa Mungu igenekerezo rya 30/3/2025 Aho Ishirahamwe mpuzamakungu YES GLOBAL BURUNDI Rikorana n'Ikigo c'Ubuvuzi K**a citiriwe CENTRE THERAPEUTIQUE NATUREL BURUNDI ryakora ibirori vyo guhimbaza isabukuru y'Umwaka umwe ryari rimaze ririko rirangurira imirimo yaryo aha mugisagara ca Bujumbura no mugihugu cacu c'U Burundi.
Ibikorwa bikuru bikuru vyaranze urwo rubanza ni :
- GUTERA INTEGE URWARUKA NDETSE N'ABANTU BOSE BAKORERA MURI ICO KIGO.
- KWUMVA INTAHE KUBANTU BITUYE ICO KIGO BAGAFASHWA MUKUVURWA INDWARA BARI BASANZWE BAGWAYE.
- KWUMVA INTAHE KUBA JEUNE CHOMEURS BAMAZE KWITEZA IMBERE BABIFASHIJWEMWO NICO KIGO.
- GUTANGA UBUSHIMWE BUGIZWE N'AMA TELEVISION 📺, AMA TÉLÉPHONE HAMWE N'IBITENGE KUBANTU BAKOZE CANE KURUSHA ABANDI MURI UNO MWAKA TURANGIJE.
Ibirori vyarangijwe no gusangirira hamwe ico kunywa n'ivyo kurya, Aho twobamenyeshako abantu bari muri urwo rubanza barenga igihumbi ( 1000 ).
WOBA WIPFUZA GUKORANA N'ICO KIGO C'UBUVUZI K**A ?
MPAMAGARA KURI WHATSAPP : +257 61499149 canke kuri +257 79751686.
MURAKOZE CANE. YES GLOBAL BURUNDI = YES WE CAN.