Danny Thierry

Danny Thierry Digital creator

06/04/2026

HABIBI -OTILE BOY CHALLENGE

sasa yuda🤚 yiyumviriki
05/04/2026

sasa yuda🤚 yiyumviriki

AMATEKA 🇿🇲🇧🇮Uyumuhungu mubona ni umwene gihugu wo muburundi ariko akaba Asanzwe afise impano yo guhibongoza (Rnb artist)...
28/03/2026

AMATEKA 🇿🇲🇧🇮
Uyumuhungu mubona ni umwene gihugu wo muburundi ariko akaba Asanzwe afise impano yo guhibongoza (Rnb artist) kuntambwe yiwe yambere akaba yakoze indirimbo yinjabuka ihaye ivuzwa cane TANZANIA ZAMBIA KENYA RWANDA bikagaragara neza Kur TikTok Aho benshi bahaye bayikorera CHALLENGE ariko biteye isoni kuba ahaye ashigikigwa nabanyamahanga natwe ataco duhay tumufasha INGO WIRABIRE IYO MPANO YIGIHUGU KURI YOUTUBE LINK 👇
.
https://youtu.be/bG4sx_nCAvw?si=Fe6DBCTT233Hpbg6

12/03/2026

Kandi birasobanuts 🤣

28/02/2026

ni umwe mubana bakiri bato afise impano yo kuririmba mbere akaba n'umukozi wimana mugikogwa co kuririmba benshi bamubonye kuraka ka clip gato Aho hari muntara ya makamba nyanzalac kazirabageni bari batumiwe mugikorane cugwaruka abakaravye Kano ka video bakaba bipfuza kumfasha muburyo bwo kubandanya ni ENTERTAINMENT isanzwe ikurikirana umuririmvyikazi rurangiranwa ikaba igiye gushira itangazo hanze ryo kurondera uno mwigeme wimpano ya malaIKA
ijambo rimwe kuruyumwana muto
wumunyempano

17/02/2026

Muranyumvira namwe🤔🤔🤔

17/02/2026

ukazubona nukuri stadeintwari ngo ba🤣🤣🤣

16/02/2026

ukwo vyatanguye

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Danny Thierry posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share