RIGHO WAY

RIGHO WAY Kb

17/08/2022
17/08/2022

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Burabyo Yvan azwi nka Yvan Buravan yaraye yitavye Imana ๐Ÿ•Š๏ธ๐Ÿ•ฏ๏ธ.
Akavuka kubavyeyi Burabyo Michael na Uwiteka Elizabeth kandi akaba yar'imfura mumuryango w'abana batandatu .
Akaba yitabiye Imana mu buhindi ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ณ aho yariko arivuriza azize uburwayi bwa cancer y'urwagasha.

27/05/1995 - 17/08/2022 ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ•ฏ๏ธ๐Ÿ•Š๏ธ
R.I.P Buravan ๐Ÿ™๐Ÿฝ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ

โค๏ธ

14/08/2022

๐Ÿ›‘ Karabaye, karabaye karabaye ๐Ÿฅฒ๐Ÿ˜Œ...
Umuririmvyi w'umurundi Sat-B ahejeje kwandika abicishije kurubuga rw'iwe rwa twitter ndetse anabishira kuri statut yiwe ya WhatsApp avuga ati"
Ooh iramperenye imisi uko igenda Niko negereza gutaha kwa Data wo mw'ijutu๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™"..

๐Ÿ›‘ Bakunzi b'uyu muririmvyi wacu Sat-B ,burya Ibi bintu ntimwibaze ngo biroroshe,.๐Ÿ˜Ž.
Ati gute rero???

๐Ÿ›‘ Keshi dusanzwe tumimenyereye kuntwari nyinshi zigiye zitandukanye zabayeho ndetse n'abagize ico bamariye igihugu mubitandukanye nk'abaririmvyi,abakinyi b'umupira w'amaguru, iyo hari ikizobabako babivuga nk'uku nyene mumajambo ndetse beshi tukabifata nko gukina ariko bikarangira tubonye ko vyari ivy'ukuri...๐Ÿค”

๐Ÿ›‘ Ese wewe Ayo majambo Sat-b yanditse woba uyibazako iki nk'umukunzi w'umuziki Barundi ???
Ese yoba agira yigire ataduhaye New album yatwemereye????

Kora S'abonner udushigikire kuri page yacu Hama tubandanye n'ayandi makuru atandukanye ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Mr umushakashatsi โœ๏ธ

09/08/2022

Komuhateba cane???
๐Ÿ’ŽInkoko n'irigi n'iki catanguye kubaho โ“โ“

๐Ÿ’„Soma
Nukw Imana irema ibikoko vyo mw isi, nk'ukw amoko yavyo ari, n'ibitungano, nk'ukw amoko yavyo ari, n'ivyikwega hasi vyose, nk'ukw amoko yavyo ari: Imana ibona kw ari vyiza.
Itanguriro 1:25

Imana yaremye ibikoko hama munyuma birarondoka bimwe bita amagi n'ibindi biravyara.๐Ÿ–๏ธ๐Ÿ–๏ธ๐Ÿ–๏ธ Tuganire

08/08/2022
07/08/2022
04/08/2022

๐Ÿ”ดโœ๏ธNguru Urutonde rw'abaririmvyi 10 bambere b'abarundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bakurikiranwa cane kuri :

โžก๏ธ1. SAT B (157 K)โญ
โžก๏ธ2. Big Fizzo (90.7K)
โžก๏ธ3. Kidum Kibido (89.3K)
โžก๏ธ4. B-face On The'flo (65.3K)
โžก๏ธ5. Kirikou A Kili (62.2K)
โžก๏ธ6. Double-jay OnceAgain (58.8K)
โžก๏ธ7. Natacha Burundi (53K)
โžก๏ธ8. Alvin smith frimeur (41.6K)
โžก๏ธ9. MB Data (36.6K)
โžก๏ธ10. Mt number one (34K)

Umuririmvyi Sat b niwe afata ikibanza ca mbere mu Burundi๐Ÿ‘. Ugereranije n'abandi baririmvyi bo muri ntitwohengeshanya kuvuga kw'ariko arisumbura kuko bobo uwufata ikibanza cambere aba akurikiranwa n'abantu benshi cane ku mbuga zabo za . Mbega ngaha mu Burundi bipfira hehe?๐Ÿคท

Barundi barundikazi ko mutagenda kuri youtube gushigikira abaririmvyi banyu๐Ÿง ?

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

03/08/2022

Dutez imbere impano ndundi zaba bana bo mukizuka

03/08/2022

Address

Rumonge
Bujumbura
58

Telephone

+25768241437

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when RIGHO WAY posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share