Umuganwa Kent Adonael

Umuganwa Kent Adonael Tumenye ivyiza vyacu" bwacu"

None tuvuge ko B-Face n'izindi ndirimbo ziwee azoza aronka 1M cnk niryaa gusaa,..gusa Guys nukuri ndemerako abaririmvyi ...
08/05/2024

None tuvuge ko B-Face n'izindi ndirimbo ziwee azoza aronka 1M cnk niryaa gusaa,..gusa Guys nukuri ndemerako abaririmvyi bacu bariko barakore kuyindi ntabwee,..
-Face..
Music of Burundi
#+257

Ikiganiro Advice's Home muzoza muragikurikirana kur YouTube Chanel ya Raji Média,..ni bimwe mubiganiro bizofasha benshi ...
23/04/2024

Ikiganiro Advice's Home muzoza muragikurikirana kur YouTube Chanel ya Raji Média,..ni bimwe mubiganiro bizofasha benshi kumenya ndetse nogutahura vyinshi,..Kikazoza kiracako kuwamungu(Dimanche) & Kuwambere(Lundi) nyaragasa rero gucaa kwiyi Link👇👇
Ndabaramukijee mucubahiro canyu nagira nkwipfuriza gutanguraa indwi neza🙌 Imigishaa n'imihezagiro bizebibabeko muvyanyu no mubanyu,..nuko sangiza ino Link abandi kuko ari ikiganiro muzoza muraronka buri wamungu no kuwambere ,...
👇👇👇
*https://youtu.be/WH5bOBBZLjQ?si=qUjbP13UIBlaGU15*
Host : Muganwa Kent

Nyuma yokuduhaa indirimbo yise ; "Nka Gwagasore " Ubunaho King Sat-B yahisemwo kuzoduhaa Ndemeye indirimbo ubonaa ko yag...
14/04/2024

Nyuma yokuduhaa indirimbo yise ; "Nka Gwagasore " Ubunaho King Sat-B yahisemwo kuzoduhaa Ndemeye indirimbo ubonaa ko yagire challenge nyishi peee,... Muyiteguriye gute aho iwanyu 👌🙌...

Photos du jour

Yitwa Cadeau Ravelle Kagisyee ,..umwe mubigeme ariko aragerageza kwigarurira imitima ya benshi bivanye n'ukunt akina ama...
07/04/2024

Yitwa Cadeau Ravelle Kagisyee ,..umwe mubigeme ariko aragerageza kwigarurira imitima ya benshi bivanye n'ukunt akina amareresi✨✨Ibint bitatu umukundira mur Film ndundi twagiye mur commentaires

07/04/2024

Muri Film ndundi umukundira iki , .twagiye mur commentaires
Cadeaux Ravelle Kagisyee 👌

Décor nziza kandi zakaranga vyose birahari kugiciro kitavuna uvyipfuza hamagara kur 77902302
19/07/2022

Décor nziza kandi zakaranga vyose birahari kugiciro kitavuna uvyipfuza hamagara kur 77902302

Kubipfuza kuryoshaa Imanza zitandukanye nka Dot,, Mariage,,Gutwikurira,,Gusohora umwana ndetse n'izindi vyose birakorawa...
19/07/2022

Kubipfuza kuryoshaa Imanza zitandukanye nka Dot,, Mariage,,Gutwikurira,,Gusohora umwana ndetse n'izindi vyose birakorawa ,,mufise ico mubaza mwotwakura kur ,;77902302

Ikaze cane kur uwo wese asanzwe akurikirana iyi page ya Umuganwa Kent Adonael,🙏🙏
16/06/2022

Ikaze cane kur uwo wese asanzwe akurikirana iyi page ya Umuganwa Kent Adonael,🙏🙏

16/06/2022

Ikaze

Address

Boulevard Buconyori
Bujumbura

Telephone

+25768370175

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umuganwa Kent Adonael posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share