Best Entertainment Television

Best Entertainment Television BE TV Burundi

  : Intamba mu Rugamba zihejeje kunganya na Indonesia ibitsindo 2 kuri 2 mu rukino rwa kabiri rwabahuje .✍️Ibitsindo 2 v...
28/03/2023

: Intamba mu Rugamba zihejeje kunganya na Indonesia ibitsindo 2 kuri 2 mu rukino rwa kabiri rwabahuje .

✍️Ibitsindo 2 vyinjijwe na Saido Berahino na Abedi Bigirimana .

✍️N'igiki umumenyereza akwiye guhindura mu mukenyuro wiwe ?




📸 AKEZA SPORTS

28/03/2023

: Mw'ihiganwa ryateguwe na AJSC_Awards hatanzwe amazina y'abaririmvyi.



28/03/2023

: Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Varisito NDAYISHIMIYE arashima intambwe EALA igezeko.


28/03/2023

: Ishirahamwe StarTimes ryabateguriye utuganuke mu kubahimbariza iminsi mikuru n'uburuhuko abana bagiye kwinjiramwo.


28/03/2023

Pamy Queen Burundi arakengurukira abakunzi biwe kuko indirimbo yiwe bayakiranye igishika.

28/03/2023

Abakenyezi b'abaririmvyi bahurikiye muri "Amical des Musiciens du Burundi" bariko bashigikirwa gute?

28/03/2023

Dream House Burundi

28/03/2023

: Mu ntumbero yo gusukura no gushariza igisagara ca Bujumbura, amarabara makuru makuru ariko araterwako amashurwe.


28/03/2023

: Ikiro c'ibiyoba cavuye ku mafaranga 6000Fbu kija ku 9000Fbu, abana bahora babidandaza mu bibanza bitandukanye bavugako babihevye kuko ataco bokorera, ubu bacuruza amagi gusa.


28/03/2023

: Barashimira Leta kuba iriko irasubiramwo amabarabara mu gisagara ca Bujumbura.


27/03/2023

: Abakobwa bafise amahirwe make yo kuronka akazi, nico gituma bariko barafashwa.


27/03/2023

: Umurwi w' Urunani BBC niwo watahukanye igikombe ca mbere.


Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Best Entertainment Television posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Best Entertainment Television:

Share

Category