Eglise CMCI Burundi

Eglise CMCI Burundi Communauté Missionnaire Chrétienne Internationale au Burundi.

08/09/2026

🎬 Dieu délivre les gens vrais
🎬 Imana Ibohora abantu b'imvugakuri

🎙 Pasteur René Enoné

🥳 Notre picnic approche à grands pas 🔥Tu es un jeune de la CMCI Burundi âgé de 15ans et plus ? Ce rendez-vous est pour t...
27/08/2026

🥳 Notre picnic approche à grands pas 🔥

Tu es un jeune de la CMCI Burundi âgé de 15ans et plus ? Ce rendez-vous est pour toi ! Tu ne t’es pas encore inscrit ? Contacte ton dirigeant vite fait 😅 C’est ce 29 Août 2026 au Jardin Public à partir de 9h jusqu'à 17h30.

Prépare-toi ça sera chaud 🔥
-----------

🥳 Pikinike yacu iriko iregereza ku murindi udasanzwe 🔥

Uri umuyabaga wo muri CMCI ufise kuva ku myaka 15 kuduga ? Iri sango ni rwawe. Nturiyandikisha? Egera umurongozi wawe hakiri kare 😅 Ni kuri uyu wa 29/08/2026 kuri Jardin Public i Bujumbura kuva isaha zitatu z’igitondo gushika isaha cumi n’imwe n’igice z’umugoroba (9h-17h30).

Itegure bizoba bishushe 🔥

19/08/2026

🎚️ Pourquoi les gens ne changent pas ?
🎚️ Ni kubera iki abantu badahinduka ?

🎙️ Pasteur René Enoné

Ku cicaro gikuru ca CMCI Burundi kuri Centre Beraca mu Nyakabiga, ino ndwi yari yahariwe ubutunzi. Izosozerwa n’igikoran...
14/08/2026

Ku cicaro gikuru ca CMCI Burundi kuri Centre Beraca mu Nyakabiga, ino ndwi yari yahariwe ubutunzi. Izosozerwa n’igikorane kidasanzwe c’inyigisho, amasengesho n’ukubohoka muri ico gisata nyene c’ubutunzi.

Urahawe ikaze (soma neza vyose kuri ubwo butumire 😇)

------------------------------

Au siège de la CMCI Burundi au Centre Beraca, à Nyakabiga, cette semaine avait été dédiée aux finances.

Elle se clôturera par une croisade spéciale consacrée à l’enseignement, la prière et la délivrance dans ce même domaine des finances.

Tu es cordialement invité(e) !
(Lis attentivement tous les détails sur l’affiche 😇)

11/08/2026

🎬 Un mot aux pasteurs
🎬 Akajambo ku bungere

🎙 Pasteur René Enoné

10/08/2026

🎬NOS CHOIX DECIDENT DE CE QUE NOUS DEVENONS
🎬AMAHITAMWO YACU NIYO AVUGA ICO TUZOVAMWO
🎙Pasteur René ENONE

La vidéo intégrale sur YouTube/Sanga iyo nyigisho yose ngaha https://youtu.be/hmixX0Wh4Co

📸🇹🇿 Family photo after the crusade held in Mwanza, Tanzania, led by Pastor René Enoné.📸🇹🇿 Picha ya familia baada ya mkut...
03/08/2026

📸🇹🇿 Family photo after the crusade held in Mwanza, Tanzania, led by Pastor René Enoné.

📸🇹🇿 Picha ya familia baada ya mkutano wa injili uliofanyika Mwanza, Tanzania, ukiongozwa na Mchungaji René Enoné.

📸🇹🇿 Photo de famille après la croisade tenue à Mwanza en Tanzanie par le Pasteur René Enoné

📸🇹🇿 Isanamu y'umuryango inyuma y'igikorane c'Ubutumwa bwiza i Mwanza muri Tanzaniya cari kirongowe na Pasteur René Enoné

📸 Kuri uno musi wa nyuma w’ukwezi, reka tugaruke kuri kimwe mu vyaranze uku kwezi kwa Mukakaro.Ku w’Imana 19 Mukakaro 20...
31/07/2026

📸 Kuri uno musi wa nyuma w’ukwezi, reka tugaruke kuri kimwe mu vyaranze uku kwezi kwa Mukakaro.

Ku w’Imana 19 Mukakaro 2026, aho ikambi y’urwaruka n’abanyeshure yariko irarangira, ikaba yari yatanguye itariki 15 Mukakaro, hari umuryango w’abamisyonere warungitswe i Naïrobi (Kenya) kugira ngo baterere agacumu ku bumwe muri ca gikorwa gihambaye cane : guhindura amahanga abigishwa.
Bash*tse impundu amarembe i Naïrobi ku w’Imana 26 Mukakaro 2026.
------------------------------
📸 En ce dernier jour du mois, retour sur un moment marquant de juillet.

Le dimanche 19 juillet 2026, au terme du Camp Biblique des Jeunes et des étudiants qui avait lieu à Beraca à partir du 15 juillet, une famille missionnaire a été envoyée à Nairobi (Kenya) pour apporter leur pierre à l’édifice de la grande commission : faire de toutes les nations des disciples.
Ils sont arrivés sains et saufs à Naïrobi le dimanche 26 juillet 2026.

Nous sommes en direct sur YouTube. Le lien dans les commentaires 👇👇👇Turiko turaca ikibiriraho kuri YouTube.  Nimurabe li...
19/07/2026

Nous sommes en direct sur YouTube. Le lien dans les commentaires 👇👇👇

Turiko turaca ikibiriraho kuri YouTube. Nimurabe link muma commentaires 👇👇👇

Address

Nyakabiga, Avenue De L'imprimerie N° 53
Bujumbura
257

Telephone

+25779977275

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eglise CMCI Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Eglise CMCI Burundi:

Shortcuts

Share

Category