Bekiss.

Bekiss. Cinematographique

🔴🎙« 𝗡𝗴𝗶𝘆𝗲 𝗴𝘂𝗳𝗮𝘀𝗵𝗮 𝗰𝗮𝗻𝗲 𝗺𝘂 𝗴𝘂𝘁𝗲𝘇𝗶𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲 𝗶𝗴𝗶𝘀𝗮𝘁𝗮 𝗰’𝗮𝗺𝗲𝗿𝗲𝗿𝗲𝘀𝗶 𝗺𝘂 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶, 𝗴𝘂𝘀𝘂𝗺𝗯𝗮 𝘂𝗸𝗼 𝘃𝘆𝗮𝗿𝗶 𝗯𝗶𝗺𝗲𝘇𝗲, 𝗵𝗮𝗺𝘄𝗲 𝗻𝗼 𝗴𝘂𝘀𝗵𝗶𝗴𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮 𝗶𝗺𝗽...
02/06/2025

🔴🎙« 𝗡𝗴𝗶𝘆𝗲 𝗴𝘂𝗳𝗮𝘀𝗵𝗮 𝗰𝗮𝗻𝗲 𝗺𝘂 𝗴𝘂𝘁𝗲𝘇𝗶𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲 𝗶𝗴𝗶𝘀𝗮𝘁𝗮 𝗰’𝗮𝗺𝗲𝗿𝗲𝗿𝗲𝘀𝗶 𝗺𝘂 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶, 𝗴𝘂𝘀𝘂𝗺𝗯𝗮 𝘂𝗸𝗼 𝘃𝘆𝗮𝗿𝗶 𝗯𝗶𝗺𝗲𝘇𝗲, 𝗵𝗮𝗺𝘄𝗲 𝗻𝗼 𝗴𝘂𝘀𝗵𝗶𝗴𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮 𝗶𝗺𝗽𝗮𝗻𝗼 𝘇’𝘂𝗿𝘄𝗮𝗿𝘂𝗸𝗮 𝗿𝘄’𝗨𝗯𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗿𝘂𝗿𝗶 𝗺𝘂𝗿𝗶 𝗶𝗰𝗼 𝗴𝗶𝘀𝗮𝘁𝗮 ».🎥🎞
===============
Bishikirizwa n’Umukinyi w’amareresi w’umurundi John K-ay, asanzwe ari rurangiranwa mu makungu mu gukina amareresi.

🔹Muri kino gihe, uwo John Kay, benshi bakaba bariko bamutazira amazina atandukanye harimwo « Changa Changa » canke ngo « Mukozi w’Imana» bivanye n’urukurikirane rwa amaze imisi ariko arakina yitwa « » iriko irakundwa hano mu gihugu no muri Diaspora y’abarundi baba mu bihugu bitandukanye vyo kw’isi.

📍💬 Agira ati : « Igihe tumaze turiko turakina film mu Burundi, sinovuga ko ari bibi. Ariko tugiye kwongereza inguvu cane mu bijanye no gukuza impano z’urwaruka rwacu hamwe no gushikana kure hashoboka ibikorwa vyacu, cane cane ku mbuga zidadanza ama films akozwe ku buhinga bwa none».

🔹Mwomenya ko John k-ay ari umwe mu bakinyi ba film b’abarundi bariko baragerageza gutezimbere bayishira ku rugero mpuzamakungu. Akaba amaze gukina muma films menshi atandukanye yaba ayo yitunganirije canke bamutumiyemwo mu bihugu vyo mu karere canke mu Makungu, cane cane muri , , n’ahandi.

🔹Uwu Changa Changa akaba amaze no gutahukana ubushimwe butandukanye biciye mu mpano yiwe yo gukora Films zo ku rwego rwo hejuru.

🔹Muri iyo migambi yo gutezimbere urwaruka rufise impano zo gukina Films mu Burundi, hakaba harimwo ku bageza mu makungu, biciye mu makoraniro atumirwamwo no muri Films atwarayo nka « FEAR WOMEN » nizindi nyinshi amaze kugeza mu makungu.

➡️ Ushaka kumenya vyinshi mu bikorwa vyamuranze, simbira hano kuri « THE LIGHT OF AFRICA Chanel » : 👉 https://youtu.be/lqDvT3Aj7Fk?si=9h1N8XETucbKjT1L , urabe ubuhinga, n’umwitwarariko ashira muri iyo mpano yiwe.

Woba wari usanzwe umuzi ?

❣️
23/11/2024

❣️

Project done✅
20/10/2024

Project done✅

Hard Workers
23/07/2024

Hard Workers

Bekiss 💡
18/06/2024

Bekiss 💡

Address

Avenu Moso
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bekiss. posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bekiss.:

Share