Gir'umugisha

Gir'umugisha Gusub. 7:14-15.Muzogira umuhezagiro gusumba ayandi mahanga. Ntangumba y'umugabo canke y'umugore izob

Uvyemera canke uvyanka,kenshi ubuzima umuntu abaho buramatanye n'amakuru yumva kenshi.Niwabaho wumva inkuru z'abarozi,im...
10/10/2024

Uvyemera canke uvyanka,kenshi ubuzima umuntu abaho buramatanye n'amakuru yumva kenshi.Niwabaho wumva inkuru z'abarozi,imizimu,amajini,....gusumba uko ubwigwa ukubaho kw'Imana,ugukora kwayo uwo uba inyuma yoguhitamwo kuvuka ubwakabiri uzokwama mubuja.Umaze kwimika Kristo Yesu muri wewe uhabwa ububasha hejuru yikintu cose.Murico gihe ubutumwa ukeneye nukwibutswa gukoresha ubwo bubasha igihe cose nahose nomuri vyose.Ntihagire uwusubira kukubesha yuko ubwo bubasha bubitswe muri Pasteur, Évangéliste, Prophète, Apôtre, Enseignant bonyene.Ivyo wumva biguteye ubwoba canke biguciye intege ubushobozi bwo kubikuraho buri muri Yesu Kristo.Umwakiriye muri wewe ubwo bushobozi busigara bukorera muri wewe.

06/12/2023

Imana ihezagira ibikorwa vyamaboko yacu

Ivyo mubona ni urubura gwaguye mumvura yaguye ejo isaha icumi nimwe na namatongo une nindwi(17hmuntara ya Rutana komine ...
09/11/2023

Ivyo mubona ni urubura gwaguye mumvura yaguye ejo isaha icumi nimwe na namatongo une nindwi(17hmuntara ya Rutana komine Musongati kumitumba ya Kamara magambo na Gisuriro.igitangaje urwo barunovye muriki gitondo 7h18 Aho mukurunoba bahomora.Abavyeyi babiri bahisemwo kurushira Musitanteri kugira ngo abasabire KO abana batokwirukanwa kumashure ngo kuko batoronka amafranga yokuriha kwishure mugihe batagira ico barya.

19/09/2023
23/07/2023
27/07/2022

NIVYUKURI UMWANYA NI UBUZIMA ?

22/07/2022

Ibitangaza bibaye igitega n'utwumiza

Address

Bujumbura

Telephone

+25762885004

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gir'umugisha posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Gir'umugisha:

Share