Inzira.net

Inzira.net L'impartialité est notre priorité 🤝🏿

 Vyose ni mu mutwe😅😂🤣
02/09/2023



Vyose ni mu mutwe😅😂🤣

 The living legend   has show on 16th Septembre 2023 in Dubaï.
01/09/2023



The living legend has show on 16th Septembre 2023 in Dubaï.

31/08/2023



Ce pianiste vraiment a un problème très sérieux😂😅😃

28/08/2023



Umukuru w'igisagara Ca Bujumbura Jimmy HATUNGIMANA ahejeje kugena vy'imfatakibanza Léonard WAKANA k'uburongozi bwa Komine .

26/08/2023

🔐TUYAGE

Mbega ibi bintu abakizwa biharaje mukuvuga ijambo "Urukanywa" ariko bikarangira bazanye amafanta n'imitobe,mwebwe muvyakira gute?

Mugire imanza nziza🙏

25/08/2023

🔐TUYAGE

N'igiki gituma urwaruka rw'ubu na cane cane rwaciye ku ntebe y'ishure,rwubaka (Gushinga urugo) bisa nuko umenga rurihevye?


😏SantéBiratugora gukurikiza ariko vyari ngirakamaro kumagara yacu.Aho ni mugihe muri ino misi hibonekeza ukudebukirwa mu...
16/04/2021

😏Santé

Biratugora gukurikiza ariko vyari ngirakamaro kumagara yacu.

Aho ni mugihe muri ino misi hibonekeza ukudebukirwa mukwirinda ikiza ca Covid19 kibangamiye isi.Ahenshi abantu bararamukanya ukuri kwamye, mukwinjira mumazu ahuriramwo abantu benshi (Bar,pharmacies,boutiques...)ntibakarabe,kwambara agafukamunwa mu ngendeshwa zunguruza abantu ho ukamenga n'umuzigo baturemereje ariko tukibagira ko kubikurikiza ari kuneza yacu.

Igitangaje nuko abajejwe umutekano mumabarabara mugihe basanze hari uwutambaye agafukamunwa baca ihadabu uwutwara ingendeshwa. Iyo ngingo yari ikwiye gukosorwa gutyo hagahanwa uwutakambaye kuko kugeza ubu ntamuntu atazi ko kwinjira mu modoka atambaye agafukamunwa bihanwa n'amategeko.



Address

Bujumbura

Telephone

+25775323985

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inzira.net posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share