Pj Classic FM 97.3 MHz

Pj Classic FM 97.3 MHz Sound Of Happiness
(1)

📲 Unomunsi niho Lamine Yamal aza kwongereza amasezerano mumugwi wa FC Barcelone bace yongera ahabwe kuzoza arambara numé...
16/07/2025

📲 Unomunsi niho Lamine Yamal aza kwongereza amasezerano mumugwi wa FC Barcelone bace yongera ahabwe kuzoza arambara numéro 10 mumugongo guher'ubu 🔟 🇪🇸

🗞️ MD

16/07/2025

🔴LIVE: FUNGUS TIME

16/07/2025

🔴LIVE : DRAMA T YARONSE AKAZI GAKOMEYE CANE// MELANIN BOY KUZUNGURUKA IGIHUGU COSE// NATACHA NA B FACE .

16/07/2025

🔴LIVE : TOPIC TODAY : THE IMPACT ON THE ABSENCE OF A FATHER IN THE FAMILY .

16/07/2025

Yagirijwe Guhohotera Abantu Bagendana Ubumuga Mugukoresha Amashusho Yabo Mubirori Vyiwe Aho Yahimbaza Isabukuru Yiwe Yamavuko .

16/07/2025

:MAHORO GLORIA, umwe mu biyandikishije mu gisata c’Agahogo na Aura Motors mu ntara ya Buhumuza!

Ni umwe mubanyempano mu muziki, yitavye ihiganwa muri Twash*tse Event. Ubu ni akaryo ko kumushigikira kugira ntabure ku kibuga Stade Umuco Muyinga i Buhumuza ku wa 19 Mukakaro 2025.

🎁Kanatsinda, ashobora no gutsindira Moto nshasha ya Master 150-9 ku bufatanye na Aura Motors!

💬Nimba ubona ko abishoboye:
👍 Kanda Like
✍️ Andika ico umwipfuriza (Commentaire)
🔁 Sangiza n’abandi (Partage)

🎤Impano ntizinyegezwa, Twash*tse Event na Pj Classic FM barazishigikira

16/07/2025

:NIZEYIMANA CIELLA, umwe mu biyandikishije mu gisata c’Agahogo na Aura Motors mu ntara ya Buhumuza!

Ni umwe mubanyempano mu muziki, yitavye ihiganwa muri Twash*tse Event. Ubu ni akaryo ko kumushigikira kugira ntabure ku kibuga Stade Umuco Muyinga i Buhumuza ku wa 19 Mukakaro 2025.

🎁Kanatsinda, ashobora no gutsindira Moto nshasha ya Master 150-9 ku bufatanye na Aura Motors!

💬Nimba ubona ko abishoboye:
👍 Kanda Like
✍️ Andika ico umwipfuriza (Commentaire)
🔁 Sangiza n’abandi (Partage)

🎤Impano ntizinyegezwa, Twash*tse Event na Pj Classic FM barazishigikira

16/07/2025

:NDIHOKUBWAYO SHABAN, umwe mu biyandikishije mu gisata c’Agahogo na Aura Motors mu ntara ya Buhumuza!

Ni umwe mubanyempano mu muziki, yitavye ihiganwa muri Twash*tse Event. Ubu ni akaryo ko kumushigikira kugira ntabure ku kibuga Stade Umuco Muyinga i Buhumuza ku wa 19 Mukakaro 2025.

🎁Kanatsinda, ashobora no gutsindira Moto nshasha ya Master 150-9 ku bufatanye na Aura Motors!

💬Nimba ubona ko abishoboye:
👍 Kanda Like
✍️ Andika ico umwipfuriza (Commentaire)
🔁 Sangiza n’abandi (Partage)

🎤Impano ntizinyegezwa, Twash*tse Event na Pj Classic FM barazishigikira

16/07/2025

AYRA STARR AMESIGN NA ROC NATION KUSIMAMIA MUZIKI WAKE KIMATAIFA. DON JAZZY NA MARVIN RECORDS BADO NI LABEL YAKE MAMA HAPA AFRICA.

16/07/2025

:ALLY DENNY BOY, umwe mu biyandikishije mu gisata c’Agahogo na Aura Motors mu ntara ya Buhumuza!

Ni umwe mubanyempano mu muziki, yitavye ihiganwa muri Twash*tse Event. Ubu ni akaryo ko kumushigikira kugira ntabure ku kibuga Stade Umuco Muyinga i Buhumuza ku wa 19 Mukakaro 2025.

🎁Kanatsinda, ashobora no gutsindira Moto nshasha ya Master 150-9 ku bufatanye na Aura Motors!

💬Nimba ubona ko abishoboye:
👍 Kanda Like
✍️ Andika ico umwipfuriza (Commentaire)
🔁 Sangiza n’abandi (Partage)

🎤Impano ntizinyegezwa, Twash*tse Event na Pj Classic FM barazishigikira

Here we go again 🔥This Afternoon
16/07/2025

Here we go again 🔥
This Afternoon

16/07/2025

: KWIZ-B, umwe mu biyandikishije mu gisata c’Agahogo na Aura Motors mu ntara ya Buhumuza!

Ni umwe mubanyempano mu muziki, yitavye ihiganwa muri Twash*tse Event. Ubu ni akaryo ko kumushigikira kugira ntabure ku kibuga Stade Umuco Muyinga i Buhumuza ku wa 19 Mukakaro 2025.

🎁Kanatsinda, ashobora no gutsindira Moto nshasha ya Master 150-9 ku bufatanye na Aura Motors!

💬Nimba ubona ko abishoboye:
👍 Kanda Like
✍️ Andika ico umwipfuriza (Commentaire)
🔁 Sangiza n’abandi (Partage)

🎤Impano ntizinyegezwa, Twash*tse Event na Pj Classic FM barazishigikira

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pj Classic FM 97.3 MHz posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Pj Classic FM 97.3 MHz:

Share

Category