04/01/2026
๐ Igitondo ciza , igitondo c'Umugisha
, ushobora kuba wavyutse wihebuye , imbere yawe n'inyuma yawe bisa nk'aho huzuye igipfungu n'umwotsi ku buryo udashobora kubona imbere , ntacizere wumva usigaranye๐๐!
....Ariko no kubwira ko mw'ijuru hari Iman iseruka rukanye , agatanga ubuzima no kuvyumaze gupfa bukazuka๐, Uyu musi ni umusi w'Imana wa mbere utangurira umwaka wa 2026 , genda nawe uje gusenga ibikuremereye n'ibikubijije amahoro tuvyereke Yesu afise vyose Kandi nta kimunanira.
๐ฅฑUmwaka ushobora kuba wawutanguye , nabi ariko kumwe n'Imana , urashobora kuwurangiza ufise amashimwe with Double harvest ๐ซ , ntiwemere kuganzwe n'ibigica intege , be strong and keep moving.
Independent Voice
Ijwi rya cinema y'uBurundi ๐ง๐ฎ