ITEKA FM Radio

ITEKA FM Radio FM 94.0 N'ISI
Burundi's No 1 Hit Music Station| Radio
Africa's hip, urban FM station with a special influence on Afro pop & Sports

Inyuma y'igihe kinini atinjiza, Lamine Yamal yinjije ibitsindo 2 mu rukino Barcelona itsinze Rayo Vallecano ibitsindo 5 ...
31/08/2026

Inyuma y'igihe kinini atinjiza, Lamine Yamal yinjije ibitsindo 2 mu rukino Barcelona itsinze Rayo Vallecano ibitsindo 5 kuri 2 bituma aba umukinyi wambere kw'isi ashikanye ibitsindo bigera kuri 50 akiri muto.

✍️ : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM Radio

Kuva uwu musi, Leo Messi ntakiri umukinyi w'igihugu ca Argentine. Kumyaka 39, Messi yatangaje ko yafashe ingingo yo guse...
31/08/2026

Kuva uwu musi, Leo Messi ntakiri umukinyi w'igihugu ca Argentine. Kumyaka 39, Messi yatangaje ko yafashe ingingo yo gusezera mu mugwi nserukiragihugu.

✍️ : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM Radio

Fc  Barcelona ihejeje gukora akazi gatangaje abatari bake. Uwo mugwi uhejeje gusinyisha umunya Brésil Gabriel Jesus umuk...
30/08/2026

Fc Barcelona ihejeje gukora akazi gatangaje abatari bake. Uwo mugwi uhejeje gusinyisha umunya Brésil Gabriel Jesus umukuye muri Arsenal kumiriyoni 10 z'amanyaburaya. Uwo musatirizi agiye kubafasha muri kino gihe Atlético Madrid yabimye Alvarez.

✍️ : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM Radio

29/08/2026

🚨 ati: "Inspiration ndayikura kumuntu bivanye nindirimbo ngomba nandike, nkuba nayanditse ndabiye kuri Uncle wanje ,Abantu bitege ibikorwa vyinshi bimeze neza"📰🤔



🎥✍️: •Quintino T Maker-4•

28/08/2026

Ubuzima bugiye guhinduka kubakunzi ba 𝐒𝐤𝐚𝐭𝐞𝐛𝐨𝐚𝐫𝐝🛹 mu Burundi🇧🇮. Ntimutangwe kumagenekerezo ya 26 na 27 Nyakanga 2026 i Bujumbura ahagiye gutangurwa icese urwo rukino.

✍️&🎥 : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM Radio

🛹Ivyahora ari ukwishimisha kuri bamwe bigiye guhinduka urukino rushobora kubahindurira ubuzima.𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐒𝐤𝐚𝐭𝐞𝐛𝐨𝐚𝐫𝐝 𝐀𝐬𝐬𝐨𝐜𝐢...
28/08/2026

🛹Ivyahora ari ukwishimisha kuri bamwe bigiye guhinduka urukino rushobora kubahindurira ubuzima.

𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐒𝐤𝐚𝐭𝐞𝐛𝐨𝐚𝐫𝐝 𝐀𝐬𝐬𝐨𝐜𝐢𝐚𝐭𝐢𝐨𝐧 babateguriye ihiganwa ry'urukino rwa 𝐒𝐤𝐚𝐭𝐞𝐛𝐨𝐚𝐫𝐝 (urukino rukinwa mukugendera kukabaho gafise amapine 4 🛹) aho iryo higanwa rigiye kuzobera i Bujumbura kumagenekerezo ya 26 na 27 Nyakanga 2026. Nk'uko vyashikirijwe na Rosine Mweranda (Project Director w'ishirahamwe Asa Group ririko rigerageza gutanguza urwo rukino mu Burundi) imbere y'abanditsi n'abamenyeshamakuru kur'uwu wa gatanu igenekerezo rya 28 Myandagaro 2026 munyubako Eden Garden, umugambi bafise nuwo guteza imbere urwo rukino harimwo kwongera ubumenyi abakinyi no kubigisha amategeko y'urwo rukino gutyo Skateboarding rushobore kuba urukino rufasha mw'iterambere ry'urwaruka mu Burundi.

Gulam Zaïnab (ajejwe kumenyekanisha uwo mugambi) yamenyesheje ko bariko baragerageza guha inyigisho abamenyereza ndetse n'abahagarikizi b'urwo rukino aho yanamenyesheje ko kubipfuza kubashigikira imiryango yuguruye.

✍️ : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM Radio

28/08/2026

🚨Amakuru yinkino avurwa hano mu Burundi, inkino zitegekanijwe, Hamwe nibiriko biravurwa mumigwi yahono iwacu🇧🇮



🎥✍️: •Quintino T Maker-4•

Miguel Ángel Gil Marín :" Igihe cose nzoba nkiri umuyobozi mukuru wa Atlético de Madrid, Julián Álvarez ntazokwigera aja...
28/08/2026

Miguel Ángel Gil Marín :" Igihe cose nzoba nkiri umuyobozi mukuru wa Atlético de Madrid, Julián Álvarez ntazokwigera aja muri FC Barcelona. Vyukuri ivyo ndabibijeje."

Uwu mugabo niwe rufunguruzo rwugaye igufuri riri ku muryango winjiza Alvarez muri Barcelona.

✍️ : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM Radio

Mu rukino rwiwe rwambere arikumwe na Fc Barcelona, Rodri umugwi wiwe mushasha uhejeje gutahukana amanota 3 utsinze Athle...
27/08/2026

Mu rukino rwiwe rwambere arikumwe na Fc Barcelona, Rodri umugwi wiwe mushasha uhejeje gutahukana amanota 3 utsinze Athletic Club ibitsindo 2 k'ubusa.

Intango y'umukinyi yaranze igikombe c'isi mwayibonye gute?

✍️ : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM Radio

27/08/2026

🚨 yashavuriye cane inyuma y’umukino mubi yagize ,amukuramwo inyuma y’iminota 45 gusa😱

Yamubwiye ati: “Ivyo watsinze ntibisigura ko uzokwama ubitsinda. Buri musi, buri mukino, utegerezwa kwerekana ko witeguye!”🤬

Yongeyeko ati: “ nta kintu iraronka! Nta credit ihari. Dutegerezwa gutsinda imisi yose, kandi kugira utsinde, Ntukwiye kwishimira ivyo umaze gutsinda ngo uce wiruhutsa😤



🎥✍️: •Quintino T Maker-4•

Address

Q. Industrielle Avenue De L'OUA No 55, Batiment Saint Pierre
Bujumbura
1010

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ITEKA FM Radio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ITEKA FM Radio:

Shortcuts

Share

Category