Update News Online/+257

Update News Online/+257 Page pour l'information commune.

✍️Mu mugwi wa Fc Barcelona Ansufati yahisemwo kuzana umumenyereza wiwe bwite azomufasha guterimbere mumikinire yiwe ✅..🤌...
25/04/2025

✍️Mu mugwi wa Fc Barcelona Ansufati yahisemwo kuzana umumenyereza wiwe bwite azomufasha guterimbere mumikinire yiwe ✅..

🤌🏽Ansufati inyuma yaho aronse umwanya kuri Mallorca umusore aransa nkuwiteguye guhangana muri Barcelona kugira aze araronka umwanya wogukina

🤌🏽Fernando Polo wa Mundo Depoltivo yemeje KO Ubu Ansufati afise umumenyereza wiwe amufasha gukora imyimenyerezo hanze yumurwi Ansufati ashaka kugarukana imikinire yiwe yakera uwo mumenyereza ngo batanguye gukorana nawe mukwezi kwa 12 guheze.

🤌🏽iki nikimwe mubintu vyafashije Raphinha mugutera imbere kuko urevye Aho ageze ubu ageze kuntambwe ishimishije muri ino sezo

Darling by Daddy face ft Double Jay
25/04/2025

Darling by Daddy face ft Double Jay

Enjoy Good Music Video Darling performed by@DaddyFace ft. Experience the magic of Burundi's good sound! “Darling” is a vibrant blen...

🤔 Fc Barcelona ibadanya kudutera amakenga ⁉️ariko kurundi ruhande yerekanye ko iri mubihe vyiza
19/04/2025

🤔 Fc Barcelona ibadanya kudutera amakenga ⁉️ariko kurundi ruhande yerekanye ko iri mubihe vyiza

BABY KILLER
15/03/2025

BABY KILLER

🚨🔥TE AMO BY WIZ DESIGNER
15/01/2025

🚨🔥TE AMO BY WIZ DESIGNER

Stream on All Platformshttps://bfan.link/te-amo-13Audio: Producted by Trust Beat M&M : Jigga beat Video: Directed by Landry Sb Stylish: Joeboy stylis...

🔵🔴Abahagarikizi 17 b’abarundi harimwo babiri ba Beach Soccer nibo bemewe na FIFA nk’abahagarikizi mpuzamakungu muri uno ...
15/01/2025

🔵🔴Abahagarikizi 17 b’abarundi harimwo babiri ba Beach Soccer nibo bemewe na FIFA nk’abahagarikizi mpuzamakungu muri uno mwaka wa 2025.
==========================

⏺️Uko umwaka utashe ishirahamwe ry’Umupira w’amaguru kw’isi FIFA, rirasohora urutonde rw’abahagarikizi ba buri gihugu baba bemerewe guhagarikira inkino mpuzamakungu “arbitres internationaux”.Intonde z’uno mwaka mushasha wa 2025 zikaba zasohotse kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 14/01/2025.

⏺️Kuruhande rw’Uburundi,abahagarikizi 17 harimwo 2 b’Umupira w’amaguru wo ku musenyi (Beach Soccer) bakaba aribo batoranijwe.Muri abo 15 b’umupira w’amaguru usanzwe,dusangamwo 6 bo hagati mu kibuga (arbitres centraux) na 9 bo ku Mpande (arbitres assistants) abagabo 9 n’abakenyezi 6.Muri Beach Soccer hoho ni umugabo umwe n’umukenyezi umwe.

⏺️Abahagarikizi bo hagati (arbitres centraux)
1.Bigirimana Rodrigue,yatanguye muri 2023
2.Gatogato Georges,yatanguye muri 2015
3.Iratunga Suavis,yatanguye muri 2014
4.Manirakiza Bertrand,yatanguye muri 2023
5.Ndabihawenimana Pacifique,yatanguye muri 2013 (arakora na VAR)
6.Nsabimana Joselyne,yatanguye muri 2024

⏺️Abahagarikizi bo kumpande z’ikibuga (arbitres assistants)

7.Bangurambona Fidès, yatanguye muri 2016
8.Bizumuremyi Rénovat, yatanguye muri 2022
9.Iradukunda Alida, yatanguye 2016
10.Kakunze Hervé, yatanguye muri 2013
11.Ndimunzigo Pascal,yatanguye muri 2013
12.Nduwayo Hervé, yatanguye muri 2023
13.Nibogora Olivier,yatanguye muri 2023
14.Niyokindi Anitha,yatanguye muri 2024
15.Niyongabo Emery,yatanguye muri 2019

⏺️Abahagarikizi ba Beach Soccer

🔷Ishimwe Cynthia,yatanguye muri 2022
🔷Ndayisaba Ramadhan,yatanguye muri 2022.

Cc: Akeza Sports

🔵 🔴 Nta mugwi utahukanye intsinzi kuri   !FT : Les anciens Joueurs de Vital'o Fc 1-1 All Star Team Ni mu rukino abakinyi...
12/01/2025

🔵 🔴 Nta mugwi utahukanye intsinzi kuri !

FT : Les anciens Joueurs de Vital'o Fc 1-1 All Star Team

Ni mu rukino abakinyi ba kera ba Vital'o Footbal Club bateguye kugira bashimire umumenyereza Kanyenkore Jean Gilbert batazira .

🔹 Abaririmvyi nibo batanguye kwinjiza igitsindo, abakinyi ba kera bagombora mu minota ya nyuma y'urukino.

Cc:Akeza Sports

🔵 🔴 Igice ca mbere giheze ata gitsindo kibonetse !HT : Les anciens Joueurs de Vital'o Fc 0-0 All Star Team Mu rukino aba...
12/01/2025

🔵 🔴 Igice ca mbere giheze ata gitsindo kibonetse !

HT : Les anciens Joueurs de Vital'o Fc 0-0 All Star Team

Mu rukino abakinyi ba kera ba Vital'o Footbal Club bateguye kugira bashimire umumenyereza Kanyenkore Jean Gilbert batazira , Vital'o Fc ihejeje igice ca mbere inganya ubusa k'ubusa n'umugwi w'abaririmvyi.

Tubwire amazina y'abakinyi wamenye !

[Akeza Sports]

⁉️Mbega uyu musi uraza guha amahirwe uyuhe mugwi 🤔   🏆REAL MADRID 🆚 FC BARCELONA
12/01/2025

⁉️Mbega uyu musi uraza guha amahirwe uyuhe mugwi 🤔 🏆
REAL MADRID 🆚 FC BARCELONA

🚨REAL MADRID 🆚 FC BARÇA 🚨  This Sunday 🏆
09/01/2025

🚨REAL MADRID 🆚 FC BARÇA 🚨
This Sunday 🏆

  nyuma y'urukino ati:👇El Clasico izoba igoye nk'uko vyama, ariko turi mu mubihe vyiza  kandi turiteguye. Turashaka guta...
09/01/2025

nyuma y'urukino ati:👇

El Clasico izoba igoye nk'uko vyama, ariko turi mu mubihe vyiza kandi turiteguye.

Turashaka gutahukana igikombe cacu ca mbere c'umwaka."

🚨🔥Tayali REAL MADRID yashikanye amaguru muri FINAL! FT: Real Madrid C.F. 3-0 Mallorca⚽ 63' Bellingham⚽ 90'+2' Valjent (p...
09/01/2025

🚨🔥Tayali REAL MADRID yashikanye amaguru muri FINAL!
FT: Real Madrid C.F. 3-0 Mallorca
⚽ 63' Bellingham
⚽ 90'+2' Valjent (pp)
⚽ 90'+5' Rodrygo Goes

Address

Street 1
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Update News Online/+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Update News Online/+257:

Share