INGO NAWE

INGO NAWE Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from INGO NAWE, Digital creator, Bujumbura.

NDABASAVYE MUGIRE ICO MUVUZE KURUKINO RWUMUPIRA WAMAGURU (4 But Ku NTAMBA MURUGAMBA but 0 KUMURWI NSERUKIRAGIHUGU WIGIHU...
31/03/2026

NDABASAVYE MUGIRE ICO MUVUZE KURUKINO RWUMUPIRA WAMAGURU (4 But Ku NTAMBA MURUGAMBA but 0 KUMURWI NSERUKIRAGIHUGU WIGIHUGU ca CHADE

YARI RETOUR KURI STADE INTWARI

09/03/2026
05/03/2026

EKELEZIYA KATOLIKA IRARINDWA N’IMANA RERO NTAWOYINESHA CANKE AYITSINDE

ego mwoshobora kuyivuga nabi cank mukurwanya abayirimwo, ariko ntabwo itsindwea

Kuko Yezu ni we yashinze Ekleziya imwe
Ikintu ca mbere gikomeye ni uko Ekleziya itari iy’abantu ahubwo ari iya Yezu ubwiwe.
Bibiliya ivuga iti:
Matayo 16:18
“Uri Petero, kandi kuri urwo rutare nzokwubakako Ekleziya yanje, kandi amarembo y’ikuzimu ntazoyinesha.”
Aha Yezu aravuga ibintu bitatu bikomeye:
“Nzokwubaka Ekleziya yanje”
👉 si iya Petero, si iya Luther, si iya Ellen White , siya papa runaka ahubwo ni iya Yezu.“Ekleziya” Kuko Yezu ntiyashinze amadini menshi.
“Ntizonaneshwa”

Imana yasezeranye ko izoyirinda ibihe vyose.
Ivyo bisigura ko Ekleziya ya Yezu itigeze igwa canke izimangana.
Kand ikindi Yezu yasezeranye ko azobana na Ekleziya gushika kw’iherezo
Yezu yavuze ati:
Matayo 28:20
“Ndi kumwe namwe imisi yose gushika kumuhero w’isi.”
Iri jambo risigura ko:
Yezu atigeze ata Ekleziya yiwe
ntiyigeze ayireka ngo igwe imyaka 1500 hanyuma havuke ubwo bundumbindumbi bwamandini
Rero Yezu ntiyigeze ashinga iyindi madini nyuma niyompamvu iyo umuntu avuze ko
Ekleziya yaguye hanyuma igasubirwaho nyuma
aba ahakanyw ijambo rya Yezu.

Kandi Mutima Mweranda ni we yongera akayobora Ekleziya kuko
Yezu yavuze ati:
Yohani 16:13
“Mutima w’ukuri niyaza azobayobora mu kuri kwose.”
Bisigura ko:
Ekleziya ya Yezu iyoborwa na Mutima Mweranda ntiyoborwa n’abantu gusa.
Niyo mpamvu Ekleziya yamaze imyaka irenga 2000 ariko iracahari.
Bibiliya kandi ivuga ko Ekleziya ari inkingi y’ukuri
1 Timoteyo 3:15
“Ekleziya y’Imana nzima ni inkingi nishimikiro ry' ukuri.”
Bibiliya ntivuga ko ariyo yonyene yukuri ahubwo iranavuga ko Ekeleziya nayo ari inkingi y’ukuri.
Niyo mpamvu Ekeleziya ari yo yatoranije ibitabo bigira Bibiliya kand ni yo yayibungabunze.

Amateka nayone yerekana ko Ekleziya katolika ari iya kera cane
Abakristu bo hambere cane
ntibari abaprotestanti
ntibari abadivantisiti
ntibari abapentekoti cank abo bandi mubona ahubwo bari abakri

KUMBE KAZE MICROFINANCE NI NGOZI YARAGEZEYO,KANDI NGO IBIKORA NEZA CANE ✋✋✋✋ABABIZI MUTUBWIRE
02/03/2026

KUMBE KAZE MICROFINANCE NI NGOZI YARAGEZEYO,KANDI NGO IBIKORA NEZA CANE ✋✋✋✋ABABIZI MUTUBWIRE

ABO BANTU MUBAVUZEHO IKI KA BASHAAABABAZI UWO MUHARI NI BANDE?✅
02/03/2026

ABO BANTU MUBAVUZEHO IKI KA BASHAAA

BABAZI UWO MUHARI NI BANDE?✅

02/03/2026

TUVUGANE UKURI NTIMUBESHE ,INTORE ZO BUTANYERERA, ZIRAZI KWIYEREKA CANKE NTAVYO Z**I,? VUGISHA UKURI NAWE

02/03/2026

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when INGO NAWE posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share