BT257

BT257 Public

17/07/2025

486 Followers, 2,434 Following, 22 Posts - See Instagram photos and videos from Don Claudio Pictures TalentWiseFilmsProduction ()

😭😭Yoba apfuye KIGEME!!!😭😭👇🏻👇🏻https://youtu.be/UbTfuk-wlLQ?feature=shared🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥IRYOSOZI RY'UMUPFAKAZI S01 EP 12 🔥KIGEME...
08/04/2025

😭😭Yoba apfuye KIGEME!!!😭😭👇🏻👇🏻
https://youtu.be/UbTfuk-wlLQ?feature=shared
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
IRYOSOZI RY'UMUPFAKAZI S01 EP 12 🔥KIGEME KARABAYE😭😭😭AFANDE KISIRANI ARATABAYE MBEGA KIGEME YOBA AGIHEMA🙆😭😭😭
KAMBERE WACU TWAKUNZE😭😭😭😭MBEGA VUBI AGIYE KUBA UWANDE?🙆😭😭😭
LOVE♥️FROM BUKEYENEZA OFFICIAL
PARTAGÉ NO KUDUSHIRA KU MA STATUS YANYU MUZOBA MUKOZE🙏

🚨🚨    : Burya CANCO AMISSI YAPFUYE KUBERA BANSE KUMUGURIRA UMUTI WA MALARIA 🤔 🦟 ( Ico gihe uwo muti wagugwa 200Fbu - 300...
08/04/2025

🚨🚨 : Burya CANCO AMISSI YAPFUYE KUBERA BANSE KUMUGURIRA UMUTI WA MALARIA 🤔 🦟 ( Ico gihe uwo muti wagugwa 200Fbu - 300Fbu )

Vyashikirijwe na Cédric Bangy ( President wa Coopérative des Musiciens du Burundi ) mugihe bariko baribuka imyaka igera kuri 29 umuririmvyi rurangiranwa w'inararibonye Canco Amissi yitavye Imana (3/4/1996) .

Cédric Bangy, muvyo yavuze, yaravuze ko yababajwe n'urupfu rwa Canco Amissi kubera habuze amahera make cane yo kugura umuti wa malaria, uwari amurwaje aho kumutwara mu bitaro yamutwaye iwabo i Ngozi amutayo maze Canco Amissi abona kwitaba imana.

1996-2025 🕯️

https://youtu.be/B9cR-n_lR8k?si=sWyIxQkS_q7GcBJi IRYOSOZI RY'UMUPFAKAZI S01 EP 5 🔥🔥🔥🔥🔥🔥Movie in Burundi Kigeme Ariye Ame...
15/02/2025

https://youtu.be/B9cR-n_lR8k?si=sWyIxQkS_q7GcBJi
IRYOSOZI RY'UMUPFAKAZI S01 EP 5
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Movie in Burundi
Kigeme Ariye Amenyo Intana bukwe 🙆🤦🤣 Kambere ateye inda Vubi😭😭Karabaye Ciza Agiye kwica Kigeme kubera yakubinse nyina wiwe🙆😭😭😭
Love❤️From Bukeyeneza official 🌹
Mudufashe Partager no gushira kuma status yanyu 🙏
BUKEYENEZA OFFICIAL ❤️

'umupfakazi

Noël nziza abantu mwese mutibagiye kuja kuri   Mwirongere udufoto twiza kandi dutagatse Uzofotogwa ubwonyene uzitahane  ...
24/12/2024

Noël nziza abantu mwese mutibagiye kuja kuri Mwirongere udufoto twiza kandi dutagatse Uzofotogwa ubwonyene uzitahane Niho izoba iriko iraphotora murico kibaza Aba photographe ni

Don Claudio
BT257
UMOJA Gospel
Mc Ibra
Kaze wirongere photo nziza na Noel nziza kuri

UMOJA GospelNimwe Muri groupe ya ba jeune bishize hamwe kugira bateze Imbere impano zabo izo mpano nizi    -Event       ...
25/11/2024

UMOJA Gospel
Nimwe Muri groupe ya ba jeune bishize hamwe kugira bateze Imbere impano zabo izo mpano nizi


-Event
-Mariage
et
Murahawe ikaze muri

BT257
ASHMY TOP TV
Don Claudio
Don Claudio Ir

25/11/2024

(UMOJA Gospel) twashaka kubamenyesha ko
Reka kurira By Christian Niyoncuti +257 (Video), niyo ndirimbo tugiye gusangira vuba , ba murafyonda iyi link mugire mugire subscribe(s'abonner) kugira ngo muzob abambere kuyibona: https://youtube.com/?si=PZJbACN_HN1AWM9_ Lwesso Trésor Dr. Ceddy Joël Nduwimana MC Pires Elie Alvïnkey Board Ibraa Tz Øg Dieumerci Mkm Vyukaa Magazine TEZA MEDIA Gospel Life Ministries GRACE ROOM Ministries No Repentance No Heaven Tv UMOJA Gospel

Address

Bujumbura

Telephone

+25761234696

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BT257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BT257:

Share